Repent Burundi

Call Directions Website Contact the place of worship

Repent Burundi Repent and Prepare the Way, Burundi. The MESSIAH is Coming!

12/09/2026

YESU ASHIMWE CANE BAKUNDWA

IJAMBO RY'UMUSI

ABAROMA 2.8-11

8 Ariko ku bakebana ntibumvire ivy' ukuri, ariko bakumvira ukugabitanya, hazoba uburake no guhambarirwa

9 n'amarushwa n'ivyago ku bugingo bg'umuntu wese akora ibibi, uhereye ku Muyuda, ukageza ku Mugiriki.

10 Arik' ubgiza n'icubahiro n'amahoro bizoba ku muntu wese akora ivyiza, uhereye ku Muyuda, ukageza ku Mugiriki,

11 kukw Imana itarobanura abantu ku butoni.

___________________________________

Mugire umusi mwiza w'umugisha mu bikorwa vyanyu uyu musi!

Bakundwa,UMUVUGISHWA W'IMANA niho akigaruka avuye mu rugendo rwari rwamujanye mu bihugu vya Colombia 🇨🇴 na Pays-Bas 🇳🇱. ...
26/07/2026

Bakundwa,

UMUVUGISHWA W'IMANA niho akigaruka avuye mu rugendo rwari rwamujanye mu bihugu vya Colombia 🇨🇴 na Pays-Bas 🇳🇱. Aha ni ku cicaro gikuru ca Ministère.

Inyigisho ariko aratanga zirakomeye cane.

11/07/2026

Nimba Ushaka Kwakira UMWAMI YESU Uyu Musi, Subiramwo Aya Majambo Inyuma Yanje

Vuga uti:

MWAMI YESU, ndakunda agakiza kandi ndagukunda YESU. Ndagushimira cane kuko wemeye kuja ku musaraba i Kaluvari. Kuri uwo Musaraba wa Kaluvari warankijije kandi urambohora ku caha.

Uyu musi ndakiriye ako gakiza mu mutima wanje, kandi ndakwakiriye mu mutima wanje nk'UMWAMI n'UMUKIZA wanje. MWAMI YESU, ndagusavye unkureko ivyaha, unyeze ivyaha vyanje, ungire icaremwe gisha, unyuzuze MPWEMU YERA, kandi wandike izina ryanje mu Gitabu c'Ubugingo, Igitabu c'Ubugingo c'umwagazi w'Intama w'Imana.

YESU Ushobora Vyose, nyuzuza MPWEMU YERA. Shinga Ijambo ryawe mu mutima wanje. Shinga Ukwezwa mu bu*ima bwanje. Tunganya intambwe zanje. Nyobora ngendere mu nzira ijana mu Bwami bw'Imana. Ndongorera Mu nzira ipfunganye. Mw'Izina Rihambaye rya YESU, uyu musi ndavutse ubwa kabiri.

Amen."

Ndaguhezagiye nimba wasenze iri sengesho. YESU aragukunda.

Menyesha umuntu ko wavutse ubwa kabiri. Umubwire uti:

"Uyu musi nakiriye UMWAMI YESU."

Bimenyeshe hose. Bimenyeshe ku misozi, hejuru ku mazu, hose ushobora kubishikiriza. Tangura gusenga mw'Izina Rihambaye rya YESU.

Kumbure wari Umu Islamu canke Umuhindu kandi utari bwigere usenga. Uhereye uyu musi usenge mw'Izina Rihambaye rya YESU.

Nimba wari mu biyovyabwenge, mu busambanyi, muri pornographie, mu biterasoni canke mu kindi caha cose kijanye n'ubusambanyi, ubu nyene vyose birarangiye.

Ibishasha biraje. Kumbure wari waraboshwe na betting. Kumbure wari waraboshwe no kunywa itabi canke inzoga. Canke wari mu biyovyabwenge. Canke wari mu bumalaya. Ivyo vyose ntibikikuboshe.

Uyu musi uhindutse icaremwe gisha muri wewe. Uhoraho azokwama akuyobora kandi akurinde biciye kuri MPWEMU YERA.

1 Ab'i Tesalonika 5.4-54 Ariko mweho, bene Data, ntimuri mu mwiza, ng'uwo musi ububire nk'igisuma: 5 kuko mwese mur' aba...
07/07/2026

1 Ab'i Tesalonika 5.4-5

4 Ariko mweho, bene Data, ntimuri mu mwiza, ng'uwo musi ububire nk'igisuma:

5 kuko mwese mur' abana b'umuco n'abana b'umurango. Ntitur' ab' ijoro cank' ab' umwiza.

25/05/2026

UMWAMI ariko aravuga ko vuba cane, vuba cane, agiye gutwara ishengero. Haleluya. Haleluya. Igihe c’ukuri ubu kiriko kirashikira isi. Ko igihe wakiriye Yesu, wari u*i ko umusi umwe, uzokoresha ako gakiza kugira winjire mu BWAMI BW’IMANA.

24/05/2026

Aleluya! Bari barazigamye ijambo, hariho uguhamwa. Bari barazigamye ijambo, hariho uguhamwa. Bisobanura ko hariho uturyo twinshi, uturyo twinshi, two guheba ivyo kwizera mw’izina rya Yesu. Two kwihakana ijambo ry’Imana. Two kwihakana ijambo ry’Imana mu mitima yabo. Ariko baranse. Kandi barabandanya. Kandi bahagarara bashikamye. Kandi bihangana gushika kw’iherezo. Kandi baranse gucika intege no guheba. Aleluya! Aleluya! Icubahiro kibe ic’Imana! Icubahiro kibe ic’Imana!

24/05/2026

Hazoba ukwugarwa kw’umuryango. Hazoba amarira. Hazoba uguhekenya insya z'amenyo. Nta mahirwe ya kabiri azobaho. Nta mahirwe ya kabiri azobaho. Ewe Mukama wanje, nta mahirwe ya kabiri azobaho, kandi umuryango uzokwugarwa burundu. Naho worira gushika amaraso asohotse mu maso yawe. Gutukisha ubuntu bw’Imana.

Mbega hari ikintu na kimwe kigoye ku MANA ?Mbega hari ikintu IMANA itoshobora gukora?Gushima IMANA kuri abo bose bakize ...
11/05/2026

Mbega hari ikintu na kimwe kigoye ku MANA ?

Mbega hari ikintu IMANA itoshobora gukora?

Gushima IMANA kuri abo bose bakize SIDA!





Super Powerful!Super Blessed!Super Beautiful!The Grand celebration service to celebrate the healing Miracles of HIV AIDS...
11/05/2026

Super Powerful!
Super Blessed!
Super Beautiful!

The Grand celebration service to celebrate the healing Miracles of HIV AIDS which has been tested and tested and tested and now the patients that had HIV AIDS are healed and it has been confirmed by Doctors!




Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Repent Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Repent Burundi:

Shortcuts

Share

Category