04/07/2023
Église parole de la foi
Ibahaye ikaze mwetse mugikorane co guhimbaza no gutazira 🎤🥁🎹🎻kizoba kumusi wa Kane isaha 16h30 kuri 14e avenue aho bita (kwandamama)
Kikazoba arigokorane cubwiza budasanzwe aho tuzotazira Imana kuvyoyakoze mubuzima bwacu
Murakoze kuzoza kubana natwe murubwo bwiza🗨️🙏🙏🙌🗣️