Col-Yeshuruni Irakoze Alain Lionel

Col-Yeshuruni Irakoze Alain Lionel Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Col-Yeshuruni Irakoze Alain Lionel, Apostolic church, Bujumbura.

29/05/2023

Inodwi,ikubere indwi y'umunezero uzanywe n'intahe yico Imana igukorere mw'izina rya Yesu.

10/11/2022

Ico isi ikeneye

Umve rino bangaKenshi ikintu cishe abantu bakiza mu bwami,Imbere yuko ngira ico mvuga nsavye imbabazi kubwa bino bintu n...
10/11/2022

Umve rino banga

Kenshi ikintu cishe abantu bakiza mu bwami,
Imbere yuko ngira ico mvuga nsavye imbabazi kubwa bino bintu ngira mvuge.
Ibibazo bakunze guhura naco rimwe na rimwe bigatuma batera ibitugu ubwami bwa n'ibibazo bitarenze bibiri:
1.Ica mbere kenshi bakunda kubona urugezo nkurwana bagaca bakunda ko bamera nkawe mur'uwo mwanya nyene ariko nibibuke ko n'intumwa zegendanye na ko atago bashoboye gusenda canke kukura dayimoni mu muntu kandi bagendana nawe iminsi yose impartation zaburi kanya ariko bikanka.
Ico mvuze s'ikindi ego nivyo ushaka kumera nkanaka ariko mu gihe utarashobora gutanga ikiguzi nkico yatanze,
Umenye ko utaragera kuntambwe yo gukora nkawe,ico mvuze si kindi wewe nimba ushaka kumera nkanaka komereza kuri we akubera icitegererezo kiguha inkomezi zo kumva ko ushobora kukora nivyo Kritso yakoze kuko uwo ni wewe kimenyetso kitwemeza ko ivyo Kritso yavuze ko ari ukuri,ntucike intege kandi ikindi wibuke uwo ushaka ko umera nkawe mu buryo bwogukora,wewe amaze imyaka myinshi mu Bwami bwa Kritso rero urumva ko agusumba ibitambo vyinshi kubera ko hariho igihe kinini hagati yawe na we ne,
Mugabo nshikama uzomera nkawe canke umurenge

2.Benshi bakunze na cane cane abarerewe mu masengero arimwo ubuntu bw'Ubuvugishwa kenshi ico bakunze kwibaza kandi kigatuma benshi bacike intege bashaka ko bariko barasenga bagume babona amayerekwa,oya sikobiri amayerekwa sayaburi gihe,kenshi ikimbabaza nuko iyo batabonye iyerekwa baca biyagiriza mu mutima ibitabaho Imana ikunda naka kundusha n'ibindi vyinshi cane ariko humura Imana ikoresha uwo ishaka mu gihe ishaka kandi Imana yerekana igikenewe,ntutabona amayerekwa komeza usenga ntuce uhagarika gusenga.
Ufise ibindi vyandike muri commentaire


23/10/2022

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Col-Yeshuruni Irakoze Alain Lionel posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share