Revival Power

Revival Power Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Revival Power, Religious organisation, Bujumbura.

04/02/2026

Imana ikurinde inkuru mbii murukukwezi.

01/02/2026

Iciza wakoze ntikikibagiranwe.

N’iyo ibihe vyoba bigoye,kwizera n,uguhitamwo inkomezi  z,umutima.✍️Kwatura ivyizigirosi ukwiyobagiza ingorane,ni ukweme...
25/01/2026

N’iyo ibihe vyoba bigoye,
kwizera n,uguhitamwo inkomezi z,umutima.
✍️Kwatura ivyizigiro
si ukwiyobagiza ingorane,
ni ukwemera ko Imana iruta ibihe.
Iyo tuvuga ivyizigiro n’akanwa,
umutima uraronka inkomezi.
Iyo tubivuze twizera,
ijuru riravyumva.
Kwizera n,ukugendera mu muco
n’igihe tutarabona inzira yose.
Ni ukuvuga uti:
“Imana irahari, kandi ejo hazoba heza.”

S'ukugira ngo mpejeje kubihabga, canke ngo mpejeje gutunganywa rwose, ariko ndabandanya kugira ngo mbone gufata kimwe ca...
22/01/2026

S'ukugira ngo mpejeje kubihabga, canke ngo mpejeje gutunganywa rwose, ariko ndabandanya kugira ngo mbone gufata kimwe catumye nanje ubganje mfatwa na Kristo Yesu.

Bene Data, jeho kubganje sinibgira yuko mmaze kugifata, arikw ico nkora n'iki kimwe gusa, nibagira ibir' inyuma, kandi nshingira ibir' imbere.

📖Ab'i Filipi 3:12-13

Kuko harih' ivyizigiro vy'igiti, iyo giciwe, yuko kizokwongera kunaga, Kand' ibitontomya vyaco ko bitazobura.  Nah' umuz...
21/01/2026

Kuko harih' ivyizigiro vy'igiti, iyo giciwe, yuko kizokwongera kunaga,
Kand' ibitontomya vyaco ko bitazobura.
Nah' umuzi waco usazira mw ivu,
N'igish*tsi caco kigahera mu kuzimu,
Arikw iyo cumvise amazi gica kinaga,
Kigashamika nk'igiti kikiri gito.

📖Yobu 14:7-9


✍️Min Lionel> “Ariko abiteze uhoraho bazokwama biyubura munkomezi nsha bazodugisha amababa yabo nk,inkukuma biruke ntiba...
14/01/2026

✍️Min Lionel

> “Ariko abiteze uhoraho bazokwama biyubura munkomezi nsha bazodugisha amababa yabo nk,inkukuma biruke ntibaruhe, bagende ntibadendebukirwe
📖 Yesaya 40:31

🔴Hari igihe ubuzima bukugora, ugahura n’ibigeragezo, ugacika intege, ukumva ko vyose birangiye. Ariko Imana ntiyigeze ikureka, kandi ntiyigeze ikwibagira. Imana n,Imana y’amahirwe ya kabiri!

Naho woba waraguye, naho woba waracitse intege, Imana iraguhamagara uyu musi ngo usubire kuyegukira. Iyo usubiye kuyizigira, iguha inkomezi shasha, igukomeza umutima, igutera intege zo kubaho. Nk’inkona ikura amababa mashasha igasubira kuguruka hejuru y’imiyaga, ni ko nawe Imana ishaka kugusubizwamwo intege nshasha.

✍️Wibuke ibi uyu musi:

Ntaco Imana ikotora mugihe uyizeye.

Ugucika intege si iherezo; ni itanguriro ry’ubuntu bushasha bw’Imana.

Uyu musi, tangura gushasha; Imana iraguha amahirwe ya kabiri.

🧎Isengesho:
“Data wa twese uri mw’ijuru, ndagushimira ko utampamvye ngo ndangire. Naho nacitse intege, uri Imana isubiza intege mu banyantege nke. Mpa umutima mushasha, mpa kwizera gushasha, kandi unyibutse ko hari amahirwe ya kabiri mu bugingo bwanje. Mw’izina rya Yesu Kristo, Amen.”

Mwizina rya Yesu Kristo. Amen

We worship and give thanks to Almighty God for His mighty and glorious power that was manifested so clearly in our midst...
11/01/2026

We worship and give thanks to Almighty God for His mighty and glorious power that was manifested so clearly in our midst, during the service ordained and led by the Holy Spirit. We extend our heartfelt gratitude to all brothers and sisters who stood with us during this sacred time of spiritual Revival, together with God’s servant, Lionel, for his dedication to the work of God and faithfulness to his divine calling.

Revival Power

Zaburi 84:4–10Abaguma mu kubaho kw’Imana ntibiruka nk’abandi; birukira imbere yabandi. N’igihe baca mu kiyaya c’amarira,...
11/01/2026

Zaburi 84:4–10
Abaguma mu kubaho kw’Imana ntibiruka nk’abandi; birukira imbere yabandi. N’igihe baca mu kiyaya c’amarira, bagihindura amasoko y’ukuruhuka. Baba abahindura ubuzima bw’abandi.

Kevin Sibomana

Gahunda ya Samedi ni ngaha ntahandi.Jewe ndabizi neza ko kuba munzu y,Imana umusi umwe biruta kuba hanze imyaka igihumbi...
08/01/2026

Gahunda ya Samedi ni ngaha ntahandi.Jewe ndabizi neza ko kuba munzu y,Imana umusi umwe biruta kuba hanze imyaka igihumbi.Turatangura umwaka turi mukubaho kw,Imana.

I am Voice of HopeIf you desire to be a voice of hope in your generation, don’t miss this Saturday the 10th.Revival Powe...
07/01/2026

I am Voice of Hope
If you desire to be a voice of hope in your generation, don’t miss this Saturday the 10th.
Revival Power Generation Ministries invites you.

Address

Bujumbura
APOSTLE

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Revival Power posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Revival Power:

Share