Savannah Show

Savannah Show Entertainment Platform

02/09/2025

Iyi show irarenze cane 🤣🤣🔥 ntiwibagire kugira s'abonner kuri page yacu...

Mr. Tubane Neza na Gatwe barahatutiye 🤣🤣

1xbet promo code y'abarundi bose ni
👉TUBANE257

Mr. Tubane Neza  mw'ifoto imwe hamwe n'umukuru w'igihu cacu u Burundi.. Tumuhe amashurwe yiwe 🥱
01/09/2025

Mr. Tubane Neza mw'ifoto imwe hamwe n'umukuru w'igihu cacu u Burundi.. Tumuhe amashurwe yiwe 🥱

Mwite Mr. Tubane Neza  umu comedian aciye ubwenge u Burundi bufiseIvyo bigragarira mubikorwa vyiwe ah'utazigera ubona ya...
29/08/2025

Mwite Mr. Tubane Neza umu comedian aciye ubwenge u Burundi bufise

Ivyo bigragarira mubikorwa vyiwe ah'utazigera ubona yakoze ibikorwa bidafitiye akamaro abantu.. Ubutumwa atanga muma video yiwe magufi buba bukomeye cane. Mbega nawe uramwemera aho uherereye ?

Ntiwibagire kugira suivre kuri Savannah Show uze urakurikirana vyinshi cane kuri runo rubuga

14/08/2025

Fata akanya kawe usimbire muri commentaire urabona link y'iki kiganiro cose kuri youtube channel yitwa SAVANNAH PLATFORM ntuze kwirengagiza subscribe kuri iyo channel.

Iyi show ntisanzwe reka tubingingire gukora subscribe kuri YouTube channel yanyu link y'ico kiganiro yirabe muri comment...
14/08/2025

Iyi show ntisanzwe reka tubingingire gukora subscribe kuri YouTube channel yanyu link y'ico kiganiro yirabe muri commentaire maze uruhuke mu mutwe 😍

1xbet promo code y'abarundi bose ni
👉TUBANE257

🔵𝐇𝐚𝐫𝐢 𝐮𝐦𝐮𝐬𝐢 𝐧𝐚𝐛𝐚𝐲𝐞𝐡𝐨 𝐦𝐮 𝐛𝐮𝐳𝐢𝐦𝐚 𝐛𝐰𝐨 𝐤𝐰𝐮𝐦𝐯𝐚 𝐤𝐨 𝐧𝐭𝐨𝐭𝐚𝐤𝐚𝐳𝐚 𝐢𝐯𝐲𝐨 𝐦𝐟𝐢𝐬𝐞, 𝐧𝐢𝐲𝐨 𝐧𝐝𝐚𝐛𝐢𝐭𝐚𝐤𝐚𝐣𝐞 𝐧𝐚𝐠𝐞𝐫𝐚𝐠𝐞𝐳𝐚 𝐤𝐮𝐫𝐨𝐧𝐝𝐞𝐫𝐚 𝐢𝐧𝐠𝐞𝐧𝐞 𝐧𝐝𝐚𝐛𝐢𝐬𝐮𝐛...
17/06/2021

🔵𝐇𝐚𝐫𝐢 𝐮𝐦𝐮𝐬𝐢 𝐧𝐚𝐛𝐚𝐲𝐞𝐡𝐨 𝐦𝐮 𝐛𝐮𝐳𝐢𝐦𝐚 𝐛𝐰𝐨 𝐤𝐰𝐮𝐦𝐯𝐚 𝐤𝐨 𝐧𝐭𝐨𝐭𝐚𝐤𝐚𝐳𝐚 𝐢𝐯𝐲𝐨 𝐦𝐟𝐢𝐬𝐞, 𝐧𝐢𝐲𝐨 𝐧𝐝𝐚𝐛𝐢𝐭𝐚𝐤𝐚𝐣𝐞 𝐧𝐚𝐠𝐞𝐫𝐚𝐠𝐞𝐳𝐚 𝐤𝐮𝐫𝐨𝐧𝐝𝐞𝐫𝐚 𝐢𝐧𝐠𝐞𝐧𝐞 𝐧𝐝𝐚𝐛𝐢𝐬𝐮𝐛𝐢𝐫𝐚𝐧𝐚.

🔵𝐀𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐡𝐚𝐫𝐢 𝐢𝐜𝐨 𝐧𝐚𝐛𝐨𝐧𝐲𝐞 𝐤𝐮 𝐛𝐮𝐳𝐢𝐦𝐚, 𝐛𝐮𝐫𝐲𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐰𝐞𝐬𝐞 𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐢𝐜𝐨 𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐲𝐚𝐦𝐮𝐠𝐞𝐧𝐞𝐲𝐞 𝐮𝐤𝐨 𝐛𝐢𝐦𝐞𝐳𝐞 𝐤𝐰𝐨𝐬𝐞 𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐢𝐬𝐞𝐳𝐞𝐫𝐚𝐧𝐢𝐲𝐞 𝐮𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐢𝐫𝐚𝐠𝐢𝐬𝐡𝐢𝐭𝐬𝐚 𝐤𝐚𝐧𝐝𝐢 𝐢𝐜𝐚𝐧𝐚𝐧𝐢𝐲𝐞 𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐧'𝐮𝐤𝐮𝐛𝐞𝐬𝐡𝐚.

✔𝐀𝐤𝐚𝐫𝐨𝐫𝐞𝐫𝐨: 𝐇𝐚𝐫𝐢𝐠𝐢𝐡𝐞 𝐮𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐚𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚𝐧𝐚 𝐧'𝐮𝐰𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐚𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐚𝐠𝐚𝐡𝐞𝐦𝐮𝐤𝐢𝐫𝐰𝐚 𝐚𝐤𝐮𝐦𝐯𝐚 𝐤𝐨 𝐚𝐛𝐚𝐛𝐚𝐲𝐞 𝐠𝐨𝐬𝐞 𝐤𝐮𝐛𝐮𝐫𝐲𝐨 𝐲𝐮𝐦𝐯𝐚 𝐤' 𝐢𝐜𝐨𝐦𝐮𝐡𝐚 𝐚𝐤𝐚𝐫𝐲𝐨 𝐤𝐨 𝐤𝐮𝐠𝐚𝐫𝐮𝐤𝐚𝐧𝐚 𝐢𝐜𝐨 𝐚𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐚𝐫𝐚𝐭𝐚𝐤𝐚𝐳𝐚 𝐚𝐫𝐢𝐛𝐰𝐨 𝐛𝐮𝐭𝐚𝐛𝐚𝐳𝐢 𝐲𝐨𝐛𝐚 𝐚𝐠𝐢𝐳𝐞 𝐜𝐚𝐧𝐤𝐞 𝐚𝐤𝐮𝐦𝐯𝐚 𝐤𝐨 𝐚𝐫𝐢𝐡𝐨 𝐲𝐨𝐬𝐮𝐛𝐢𝐫𝐚 𝐤𝐮𝐧𝐞𝐳𝐞𝐫𝐰𝐚.

🔵𝐀𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐛𝐮𝐫𝐲𝐚 𝐧𝐚𝐬𝐚𝐧𝐳𝐞 𝐢𝐜𝐨 𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐲𝐚𝐭𝐞𝐠𝐮𝐫𝐢𝐲𝐞 𝐮𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐢𝐳𝐨𝐫𝐮𝐡𝐢𝐫𝐚 𝐤𝐮𝐤𝐢𝐦𝐮𝐡𝐚, 𝐡𝐚𝐫𝐢 𝐢𝐠𝐢𝐡𝐞 𝐢𝐜𝐨 𝐤𝐢𝐠𝐮𝐬𝐢𝐠𝐚 𝐮𝐲𝐮 𝐦𝐮𝐬𝐢 𝐤𝐢𝐭𝐚𝐧𝐚𝐠𝐮𝐤𝐰𝐢𝐲𝐞🤷 𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐢𝐠𝐮𝐭𝐚𝐧𝐝𝐮𝐤𝐚𝐧𝐢𝐣𝐞 𝐧'𝐢𝐛𝐢𝐭𝐚𝐠𝐮𝐤𝐰𝐢𝐲𝐞 𝐤𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐢𝐤𝐮𝐳𝐚𝐧𝐢𝐫𝐞 𝐢𝐛𝐢𝐠𝐮𝐤𝐰𝐢𝐲𝐞, 𝐑𝐞𝐤𝐚 𝐤𝐰𝐢𝐫𝐰𝐚𝐧𝐢𝐫𝐚 𝐮𝐭𝐨𝐫𝐚 𝐢𝐯𝐲𝐨 𝐰𝐚𝐭𝐚𝐤𝐚𝐣𝐞 𝐤𝐮𝐤𝐨 𝐦𝐮 𝐤𝐮𝐛𝐢𝐭𝐨𝐫𝐚 𝐮𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐮𝐭𝐚𝐤𝐚𝐳𝐚 𝐢𝐯𝐲𝐢𝐳𝐚 𝐯𝐲𝐢𝐧𝐬𝐡𝐢 𝐰𝐚𝐫'𝐮𝐠𝐞𝐧𝐞𝐰𝐞.

🔵𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐮𝐛𝐰𝐚𝐲𝐨 𝐲𝐚𝐫𝐚𝐯𝐮𝐳𝐞 𝐧𝐠𝐨 𝐧𝐭𝐮𝐭𝐢𝐧𝐲𝐞 𝐧𝐝𝐢𝐤𝐮𝐦𝐰𝐞 𝐧𝐚𝐰𝐞, 𝐤𝐚𝐧𝐝𝐢 𝐧𝐠𝐨 𝐢𝐯𝐲𝐢𝐲𝐮𝐦𝐯𝐢𝐫𝐨 𝐢𝐭𝐰𝐢𝐲𝐮𝐦𝐯𝐢𝐫𝐚𝐤𝐨 𝐚𝐭𝐚𝐫𝐢 𝐢𝐯𝐲'𝐢𝐯𝐲𝐚𝐠𝐨 𝐚𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐧'𝐢𝐯𝐲'𝐚𝐦𝐚𝐡𝐨𝐫𝐨. 𝐔𝐲𝐮 𝐦𝐮𝐬𝐢 𝐧𝐮𝐦𝐯𝐚 𝐧𝐨𝐛𝐰𝐢𝐫𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐚𝐭𝐢 : 𝐑𝐄𝐊𝐀 𝐆𝐔𝐓𝐎𝐑𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐀𝐓𝐀𝐊𝐀𝐘𝐄 𝐊𝐎𝐌𝐄𝐙𝐀 𝐔𝐑𝐔𝐆𝐄𝐍𝐃𝐎 𝐑𝐖𝐀𝐖𝐄 𝐁𝐔𝐑𝐘𝐀 𝐈𝐌𝐁𝐄𝐑𝐄 𝐘𝐀𝐖𝐄 𝐆𝐀𝐓𝐎 𝐍𝐈𝐇𝐎 𝐇𝐀𝐑𝐈 𝐕𝐘𝐈𝐙𝐀 𝐊𝐔𝐑𝐔𝐒𝐇𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐖𝐈𝐁𝐀𝐙𝐀🙌
_______________________________

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Savannah Show posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Savannah Show:

Share

Category