𝐄𝐯𝐚𝐧𝐠𝐞𝐥𝐢𝐬𝐭 𝐁𝐨𝐧𝐧𝐞 𝐈𝐝𝐞́𝐞

  • Home
  • Burundi
  • Bujumbura
  • 𝐄𝐯𝐚𝐧𝐠𝐞𝐥𝐢𝐬𝐭 𝐁𝐨𝐧𝐧𝐞 𝐈𝐝𝐞́𝐞

𝐄𝐯𝐚𝐧𝐠𝐞𝐥𝐢𝐬𝐭 𝐁𝐨𝐧𝐧𝐞 𝐈𝐝𝐞́𝐞 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from 𝐄𝐯𝐚𝐧𝐠𝐞𝐥𝐢𝐬𝐭 𝐁𝐨𝐧𝐧𝐞 𝐈𝐝𝐞́𝐞, Full Gospel Church, Bujumbura.

Imana nta nzigo igira, iyo usenze sengana umutima mwiza kuko ivyo bibi wokwipfuriza mugenzawe mufise ico mudahurizako nu...
11/05/2025

Imana nta nzigo igira, iyo usenze sengana umutima mwiza kuko ivyo bibi wokwipfuriza mugenzawe mufise ico mudahurizako nukuri ntaco vyohindura ku mugambi w'Imana ifitiye uwo muntu.

Umuntu niyakubera mubi menya ko murugendo rw'ivyo wategerezwa kuzocamwo nuwo muntu yari yanditse mubizokubera igitsitaza munzira zawe, ninkuko nawe har'abandi wabereye igitsitaza. Muri make hano kw'isi umwe wese yigira ku wundi.

Ntampamvu yo kwipfuriza rero ikibi uwagukigukoreye baho ubuzima bwo kwiga kuri buri ntambwe yose utera yaba nziza canke mbi. UZOBONA IMANA

🚶

Mumenye yukw'Ibidukikije bibayeho kubw'abandi kukw'ata kiyaga kirya amafi akomoka muri co, kandi ata giti kirya ivyamwa ...
11/05/2025

Mumenye yukw'Ibidukikije bibayeho kubw'abandi kukw'ata kiyaga kirya amafi akomoka muri co, kandi ata giti kirya ivyamwa bikomoka kuri co...

Nuko namwe ni mugire umutima wo kubaho kubw'abandi. Uwo niwo mugabane canke umutima w'abizera Yesu Kristo vyukuri.

01/04/2024

Hejuru ya vyose har'Imana 🙇‍♂️

26/11/2023

Tunakuabudu baba 🙇‍♂️

25/11/2023

INTAHE ITEYE AGAHINDA

🙇‍♂️
10/11/2023

🙇‍♂️

10/09/2023

Blessed ✌

🔴 Ntaco bitwaye intege nke zawe, Ariko ntuzigere ureka ivyiyumviro vyawe bikwumvisha ko udakeneye Imana.Mu Mana niho duk...
20/07/2023

🔴 Ntaco bitwaye intege nke zawe, Ariko ntuzigere ureka ivyiyumviro vyawe bikwumvisha ko udakeneye Imana.

Mu Mana niho dukomoka kandi aho honyene niho hari umuryango w'ubutabazi bwacu.... Blessed 🙇‍♀️

30/06/2023

🔴 Kwizera..... (Watch this video)

Address

Bujumbura

Telephone

+25761185825

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when 𝐄𝐯𝐚𝐧𝐠𝐞𝐥𝐢𝐬𝐭 𝐁𝐨𝐧𝐧𝐞 𝐈𝐝𝐞́𝐞 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to 𝐄𝐯𝐚𝐧𝐠𝐞𝐥𝐢𝐬𝐭 𝐁𝐨𝐧𝐧𝐞 𝐈𝐝𝐞́𝐞:

Share