Église Adventiste du septième jour de Kinama

Église Adventiste du septième jour de Kinama Transmission du message des trois Anges au Monde entier

17/05/2026
20/04/2026

Kaze mwese

Gushikiriza abana ni igikorwa cera.Yesu ati Ntimubabuze kuza ahondi.ABAVYEYI bakwiye kwibuka ko arimbitso Imana ibabikij...
14/04/2026

Gushikiriza abana ni igikorwa cera.Yesu ati Ntimubabuze kuza ahondi.ABAVYEYI bakwiye kwibuka ko arimbitso Imana ibabikije izobishuza uko bayifashe.

Isabato ya 13 yahariwe abana bato uwo musi nibo bidegemvya kuva mugatondo gushika integuro ziheze.Yesu ati ni mureke aba...
14/04/2026

Isabato ya 13 yahariwe abana bato uwo musi nibo bidegemvya kuva mugatondo gushika integuro ziheze.Yesu ati ni mureke abana bato bansange Matayo 18.

Iyabana batojwe bakiri bato bakura arinyungu ku miryango hamwe n'ishengero.

Mu buruhuko bwaraye burangiye ishengero rya Kinama ryaratunganije amasengesho yo kwihererana n'Imana kubana bato.Barayit...
14/04/2026

Mu buruhuko bwaraye burangiye ishengero rya Kinama ryaratunganije amasengesho yo kwihererana n'Imana kubana bato.Barayitabiriye Dushimire abigisha ba bana ukuntu barushaho kubegereza Imana.

Ikarishabwenge ku Rwaruka.Twabateguriye ubuhe bidasanzwe
14/04/2026

Ikarishabwenge ku Rwaruka.Twabateguriye ubuhe bidasanzwe

Turi mundwi y'isenga yahariwe kuvugisha ubutumwa ibitabo.Turiko turiga igitabo GUTUMBERA YESU
14/04/2026

Turi mundwi y'isenga yahariwe kuvugisha ubutumwa ibitabo.Turiko turiga igitabo GUTUMBERA YESU

Kaze turabandanya indwi yo gusenga
10/02/2026

Kaze turabandanya indwi yo gusenga

30/01/2026

Ijuru n'isi vyaremwe mumisi itandatu gusa ,hanyuma Imana iruhuka isabato.

Namwe isabato nziza

Address

Bujumbura

Telephone

+25762261019

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Église Adventiste du septième jour de Kinama posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Église Adventiste du septième jour de Kinama:

Share