22/05/2026
🔴Icari citezwe vuba cane kiradushikira
Indirimbo yari irindiranwe inyota na Benshi ariyo yumugwi Than Conqueror-MTC ,uwo mugwi utumenyesha kuruno musi nyene isaha umunani iyo ndirimbo izoba igiye ahabona.
Sivyimbeshere ino ndirimbo iraza kuza imeze neza,reka dukomeze kuyitegana inyota vyukuri.