Goshen Church Bujumbura

Goshen Church Bujumbura Praise,Worship and Teaching about our GOD's word

Woba wipfuza kuba umugore wakarorero mu rugo rwawe no mukibano cawe?Karibu munyigisho zabateguriwe kwigenekerezo rya 21 ...
20/12/2025

Woba wipfuza kuba umugore wakarorero mu rugo rwawe no mukibano cawe?

Karibu munyigisho zabateguriwe kwigenekerezo rya 21 kigarama uyumwaka nyene kugira mutangure umwaka muri umuco mungo zanyu no mukibano.

Zizoba ziriko zitangwa na Reverand pasteur Augustin BIRORI.

Ikibanza ni ku mutakura 3ème avenue no7 guhera igihe cisaha icenda kugera isaha cumi nimwe zumuhingamo.

Mbwira mugenzawe azozane mugenziwe mwākâke mwese.

19/10/2025

Usabwe kuzana umutima uhimbaza Kandi wizera nayo umunezero wowo ni kubuntu.
Aya ni amahirwe yawe.bwira mugenzawe uti ubwiza bw'IMANA bizoba buri aha hantu.

Murahawe ikaze mwese,mwibuke gutumira.

Genda muhindure isi yose abigishwa banje iryo niryo tegeko ngenderwako

25/12/2024
07/08/2024

Rya sango nababwira ryageze.

Niguhera ejo igenekerezo rya 08 myandagaro 2024 kuva igihe c'isha 17h z'umuhingamo

Save the date
06/08/2024

Save the date

04/08/2024
Murahawe ikazeYou are welcomeKaribuSoyez la bienvenue
04/08/2024

Murahawe ikaze

You are welcome

Karibu

Soyez la bienvenue

Address

Mutakura 3ème Avenue N⁰7
Bujumbura

Telephone

+25769982706

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Goshen Church Bujumbura posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share