10/05/2023
kar'akanyamuneza ko ku munsi wa Mungu igenekerezo rya 07/05/2023
aho chorale Mutima w'Ubwitonzi yafasha abakristu gusenga mu nkuka ya misa ya 3kuri paroisse sainte famille Kinama.inyuma y'imisa habaye n'akaryo ko gusabikany'amasaka.