Apostle Florent Dusabe

Apostle Florent Dusabe Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Apostle Florent Dusabe, Rohero1, Avenue Mimosas, Salle KuKarusho, Bujumbura.

28/07/2026

It’s time for Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Apostle Florent was located by Prophet Elvis Mbonye and prayed for him and his country,Burundi🇧🇮



Yumvise kw’ari Yesu umunyanazareti,atangura gutakamba,ati Yesu,mwana wa Dawidi,ngirir’imbabazi. Mariko10:47Umwami Yesu y...
27/06/2026

Yumvise kw’ari Yesu umunyanazareti,atangura gutakamba,ati Yesu,mwana wa Dawidi,ngirir’imbabazi. Mariko10:47

Umwami Yesu yuzuy’imbabazi kandi yama yiteguye gutabara uwo wese amutakambira n’akamo k’imbabazi.

mw’iki gitondo,atura nawe ngo:"Yesu,Mwana wa Dawidi,ngirir’imbabazi."

When he heard that it was Jesus of Nazareth, he began to cry out, saying, "Jesus, Son of David, have mercy on me." — Mark 10:47
The Lord Jesus is full of compassion and is always ready to help anyone who cries out to Him for mercy.
This morning, may you also say: "Jesus, Son of David, have mercy on me."

Mose yishura abantu,ati ntaco mutinya: mwihagararire gusa,murabe agakiza Uhoraho agira ngw’abazanire uyu musi: kukw’Aban...
29/04/2026

Mose yishura abantu,ati ntaco mutinya: mwihagararire gusa,murabe agakiza Uhoraho agira ngw’abazanire uyu musi: kukw’Abanyegiputa mubonye uyu musi mutazokwongera kubabona ukundi.
Uhoraho niwe agira ngw’abarwanirire,namwe ni mwinumire gusa. Kuvayo 14:13-14

Wakire intsinzi ivuye k’Uhoraho mw’izina rya Yesu

umuntu ari muzima akomeye haraho yibwira ko afis’imitwaro igihumbi mu gihe abaremvye mu bitaro  bo bafise umutwaro umwe ...
24/04/2026

umuntu ari muzima akomeye haraho yibwira ko afis’imitwaro igihumbi mu gihe abaremvye mu bitaro bo bafise umutwaro umwe gusa"wo guhumeka umwuka w’abazima".

Kuki abazima bagira imitwaro myishi kurusha abaremvye?

Kutibuka ngo ushime n’imwe mu nyifato zibabaza cane Imana.

Vuga ati:" Mana Ndashima aho ugejeje ukora🙌🙌🙌".

Car nous n’avons pas à lutter contre la chair et le sang,mais contre les dominations,contre les autorités,contre les pri...
20/04/2026

Car nous n’avons pas à lutter contre la chair et le sang,mais contre les dominations,contre les autorités,contre les princes de ce monde de ténèbres,contre les esprits méchants dans les lieux célestes. Ephésiens 6:12

N’igiki gituma abantu bagir’umwete wo kukuvugako amajambo mabi wewe ukabur’umwete wo kwivugako amajambo meza afatanye ni...
17/04/2026

N’igiki gituma abantu bagir’umwete wo kukuvugako amajambo mabi wewe ukabur’umwete wo kwivugako amajambo meza afatanye niyo uriko uraja?

ikibazo s’abantu,ikibazo ni wewe.
ivyo bokuvugako vyose biguma biri musi y’ivyo wivugako ubwawe.

ikaramu yandika kazoza kawe n’ururimi rwawe,bigumeko kandi ubibere maso ukomeze kwatura ivy’izigiro imbere ni heza.

Babarire,ut’uku nik’Uhoraho agize: ut’Arahiye uguhoraho kwiwe,ut’ivyo yumvise mwivugiye nivyo nyene azobagirira. Guharura 14:28

YARAZUTSE NI MUZIMAKand’asangwa Kristu atazutse,ivyo twigisha n’ivy’ubusa,n’ukwizera kwanyu n’ukw’ubusa.Natwe twoba tubo...
13/04/2026

YARAZUTSE NI MUZIMA

Kand’asangwa Kristu atazutse,ivyo twigisha n’ivy’ubusa,n’ukwizera kwanyu n’ukw’ubusa.Natwe twoba tubonetse ko tur’abashingira Imana intahe y’ikinyoma,kuko twayishingiye intahe yuko yazuye Kristu,uwo itazuye ,namba abapfuye barazuka. 1 Ab’i Korinto 15:14-15



09/04/2026

YARAZUTSE NI MUZIMA
Luc 24:1-7 Umwami wacu Yesu yarazutse ubu ni muzima ibihe bidashira,yaratsinze rupfu na kuzimu,intsinzi niwo mugabane wacu,ko yazutse natwe tuzobaho🙌🙌🥳🥳🥳

22/03/2026

isi y’impwemu n’isi yagutse cane kandi itahugwa n’abantu b’impwemu gusa.hari vyinshi bibera mw’iyo si abantu benshi batazi nka commerce,transfer,ubusuma n’ib...

Address

Rohero1, Avenue Mimosas, Salle KuKarusho
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Apostle Florent Dusabe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Apostle Florent Dusabe:

Shortcuts

Share