Power of the Word

Power of the Word Abanyefeso 3:20-21

Nukw Ishobora gukora ibirengeye cane ivyo dusaba n'ivyo twiyumvira vyose, nk'uk ubushobozi bwayo budukoreramwo buri,

Ndagutumiye cane kuri Eglise de la Repentance et du Repos en Jesus Christ de Jabe,mu MAKESHA adasanzwe kur’uyu wa gatanu...
25/08/2026

Ndagutumiye cane kuri Eglise de la Repentance et du Repos en Jesus Christ de Jabe,mu MAKESHA adasanzwe kur’uyu wa gatanu itariki 28/08/2026 igihe c’Isaha zitatu z’ijoro (21h00).

Ntusibe tumira incuti n’abagenzi kukw’Imana igiye gukora ibidasanzwe mu gukiza ingwara no kubohora ababoshwe ikoresheje uwo yarobanuje amavuta adasanzwe Pastor NITEZUWERA Justin.

Uk’uzoza sik’uzotaha.

Uganzwe na Mpwemu w’Imana mw’Izina rya Yesu.
25/08/2026

Uganzwe na Mpwemu w’Imana mw’Izina rya Yesu.

25/08/2026
24/08/2026

*Ndagutumiye cane kuri Eglise de la Repentance et du Repos en Jesus Christ de Jabe,mu MAKESHA adasanzwe kur’uyu wa gatanu itariki 28/08/2026 igihe c’Isaha zitatu (21h00)*.

*Ntusibe tumira incuti n’abagenzi kukw’Imana igiye gukora ibidasanzwe mu gukiza ingwara no kubohora ababoshwe ikoresheje uwo yarobanuje amavuta adasanzwe Pastor NITEZUWERA Justin*.

*Uk’uzoza sik’uzotaha*.

Narorereye Uhoraho nihanganye; Anyegera ugutwi, yumva ugutakamba kwanje.Zaburi 40:1Igihe cose usenze, izere kw’Imana yum...
24/08/2026

Narorereye Uhoraho nihanganye;
Anyegera ugutwi, yumva ugutakamba kwanje.
Zaburi 40:1

Igihe cose usenze, izere kw’Imana yumvise ugusenga kwawe hama wizere wihanganye kw’izokwishura mu gihe gikwiye.

Pastor NITEZUWERA Justin 69903506

Imana irushirize kukwihishurira ukundi gusha kugira utahure ubukuru bwayo.Igihe cose uri mu kibanza c’ubwihisho co gusen...
24/08/2026

Imana irushirize kukwihishurira ukundi gusha kugira utahure ubukuru bwayo.
Igihe cose uri mu kibanza c’ubwihisho co gusenga utahura ubukuru bw’Imana, bikaguha kuyizera kurundi rugero.
Imana ikwihishurire ku rundi rugero.

Pastor NITEZUWERA Justin 69903506

Ibihe bigoye urik’uracamwo ntibihindura umugambi Imana yateguye k’ubuzima bwawe.N’Imana itabura ukw’ibigenza.Inzira zayo...
24/08/2026

Ibihe bigoye urik’uracamwo ntibihindura umugambi Imana yateguye k’ubuzima bwawe.
N’Imana itabura ukw’ibigenza.
Inzira zayo zirenga igihumbi.
Shishikara uyizere.

Pastor NITEZUWERA Justin 69903506

Mbeg’ukugororoka kwawe kurahimbara Ishobora vyose? Yobu 22:3Niwabaho witwararika guhimbara Imana yakuremye izogushogikir...
24/08/2026

Mbeg’ukugororoka kwawe kurahimbara Ishobora vyose? Yobu 22:3

Niwabaho witwararika guhimbara Imana yakuremye izogushogikira mu ntambuko zawe, nah’uzobona imipfunda ibaye myinshi izokwama ifise ah’icisha inzira zayo kugira ikugirire neza.

B’umuntu yitwararika guhimbara Imana.

Pastor NITEZUWERA Justin 69903506

Wa si we, ntutwikire amaraso yanjeYobu 16:18Kaze cane kuri Eglise de la Repentance et du Repos en Jesus Christ de Jabe,m...
24/08/2026

Wa si we, ntutwikire amaraso yanje
Yobu 16:18

Kaze cane kuri Eglise de la Repentance et du Repos en Jesus Christ de Jabe,mu bihe vyo kuba m’ubushobozi bw’Imana.

Ntusibe mur’iyi misi itatu yo gusenga no kwisonzesha,duhisha ubuzima bwacu n’ubw’imiryango yacu mu Mana

kuva kur’uyu wa gatatu itariki 26/08/2026 no ku wa kane itariki 27/08/2026 tuzokorana igihe c’isaha icenda n’igice (15h30)

Ku musi wa gatanu itariki 28/08/2026 hazoba har’amakesha adasanzwe
Azotangura isaha zitatu z’ijoro (21h00)

Ku musi wa Mungu tukazosenga kuva sa mbiri n’igice (8h30)

Tumira incuti n’abagenzi mu bihe vy’ubushobozi bw’Imana budasanzwe.
Ah’Imana ikiza ingwara ikabohora ababoshwe ikoresheje uwo yarobanuje amavuta Pastor NITEZUWERA Justin.
Kaze cane Uk’uzoza sik’uzotaha.

Ivyo wacamwo vyose, Imana yaguteguriye kuba uwudanzwe.Ntiwihebure.
24/08/2026

Ivyo wacamwo vyose, Imana yaguteguriye kuba uwudanzwe.
Ntiwihebure.

Address

Bujumbura

Telephone

+25765661144

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Power of the Word posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Power of the Word:

Shortcuts

Share