Evangelist Pascal Nduwayo

Evangelist Pascal Nduwayo Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Evangelist Pascal Nduwayo, Religious Center, Bujumbura.

  Riguhuza N'IMANA Mukanywana Nayo Bigakomera.πŸ€”βœŠπŸ€ŒπŸ€ŒπŸ’’πŸ’’ARIKO   Guto Gusa Iyo Ugufise Ushobora Kwimura Umusozi Ukakubisa. GU...
15/01/2026

Riguhuza N'IMANA Mukanywana Nayo Bigakomera.πŸ€”βœŠπŸ€ŒπŸ€ŒπŸ’’πŸ’’
ARIKO Guto Gusa Iyo Ugufise Ushobora Kwimura Umusozi Ukakubisa. GUSENGA Imana Biratandukanye No KWIZERA Igitangaza CaweβœŠπŸ€”πŸ₯³πŸ‘πŸ’žπŸ’žπŸ’žπŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯
Nico Gituma Nimba Uri Umukunzi W'Imana Gerageza Yawe Angane n' Gukora Kwayo Kwawe Niho Utazomaramaza IMAN AWamenye.
πŸ’’πŸ€ŒπŸ«΅βœοΈβœŠπŸ€”πŸ₯³πŸ‘πŸŽπŸ€”βœŠπŸ€ŒπŸ«΅βœοΈπŸ‘πŸ‘

 Turakeje   &   Murugo Rwanyu Tubifurijeje Kuba Umwe, UMUGISHA Mububatse. Bibiliya Iravuga ngo Muri Vyose Hahirwa uwubah...
15/01/2026


Turakeje & Murugo Rwanyu Tubifurijeje Kuba Umwe, UMUGISHA Mububatse. Bibiliya Iravuga ngo Muri Vyose
Hahirwa uwubaha Uhoraho wese,
Akagendera mu nzira ziwe.
2 b Ibikorwa vy'amaboko yawe bizogutunga,
Uzonezerwa, uzohirwa.
3 c Umugore wawe azoba nk'umuzabibu wama cane, ari haruguru mu nzu yawe;
Abana bawe bazoba nk'utugemwe twa elayo, bakikije ameza yawe.
4 Uko ni k'umuntu yubaha Uhoraho azohirwa.
5 d Uhoraho azoguha umugisha uva i Siyoni,
Nawe uzobona ivyiza biza k' UHORAHO, imisi yose Muzobaho;
6 e Mbere, Muzobona abuzukuru banyu.
Amahoro abe muri SHALOM INTERNATIONAL FAMIY πŸ”₯πŸ₯°πŸ₯°πŸ”₯πŸ”₯πŸ₯°πŸ₯°πŸ₯°πŸ₯°πŸ₯°

 Hamwe N'Umukozi W'Imana Evangelist Pascal NDUWAYO πŸ‘‹βœοΈπŸ’’πŸ’ͺ✊πŸ₯°πŸ‘πŸ‘Ntupange Gusiba Murino Weekend Hazoba Hariho UBWIZA BUHEBUJE...
14/01/2026


Hamwe N'Umukozi W'Imana Evangelist Pascal NDUWAYO πŸ‘‹βœοΈπŸ’’πŸ’ͺ✊πŸ₯°πŸ‘πŸ‘
Ntupange Gusiba Murino Weekend Hazoba Hariho UBWIZA BUHEBUJE πŸ’₯πŸ’žπŸŽπŸ€ŒπŸ€”πŸ«΅
Bibiliya Iravuga ngo :
Ntitwirata ibirenze urugero, ntitwirata ivy' abandi bakoze. Ariko twizigiye yuk' ukwizera kwanyu ni kwakura, tuzoshirwa hejuru kubganyu, ku vyo twagerewe, ngo twagukirwe, tuvuge ubutumwa bgiza mu bihugu biri hirya yanyu, kugira ngo twoye kwirata ivyo dusanze biteguye, ahagerewe uwundi. Arik' uwirata yirate Uhoraho. K*k' uwishimagiza atari we yemerwa, ariko hemerwa uw' Umwami wacu ashimagiza.
2 Ab'i Korinto 10:15-18

19/12/2025
Witegurire Kurangiza Umwaka No Kwinjira Mumwaka Uza Mumuvuduko Ungana GUTE ⁉️ NEVER MISS on THIS Weekend It Will Be Hot ...
18/12/2025

Witegurire Kurangiza Umwaka No Kwinjira Mumwaka Uza Mumuvuduko Ungana GUTE ⁉️
NEVER MISS on THIS Weekend It Will Be Hot
I am Telling You ✍️πŸ”₯🫡πŸ”₯πŸ”₯πŸ₯°πŸ₯°

06/11/2025




HAMWE N'Umukozi W'Imana Evangelist Pascal Nduwayo Urahawe Ikaze Kugirango Wakire Impinduka Zihuta.
πŸ”΄Chaque SAMEDI 8H20min-9H20Min P.m
πŸ”΄ DIMANCHE 8H00-9H00 A.m
Kaze Mwese YESU Ariteguye Kutugirira NEZA
CAANE.

 Waruziko Kenshi Iyo Ufise ISHARI Bikuzibira Kwidegemvya No Gukora Neza Ivyiza Wiyumvamwo⁉️ Ndavugana N'Umuntu Arifise A...
03/11/2025


Waruziko Kenshi Iyo Ufise ISHARI Bikuzibira
Kwidegemvya No Gukora Neza Ivyiza Wiyumvamwo⁉️ Ndavugana N'Umuntu Arifise Ariko Atabiziko Arifise. Waruziko N'Ingo Zishobora Gusambuka Kubera ISHARI ⁉️
Aho Wumva Umengo Bose Wobasumba : Inzu Nziza Ibe Iyawe, Kwambara Neza Abe Ari Wewe Gusa , Umunyamafaranga Wumve Ko Atawundi Agukoreramwo , Mubigisha IJAMBO ry'IMANA Ntawugukoreramwo .....My God ‼️
Vyose Wumva Umengo ni Wewe Ufata NumΓ©ro Yambere Uhuye Canke Ubonye Uwugusumvya Uyumunsi Nyene Uca Urara Urasenga Ngo IMANA Iguhindurire Ibihe🀣🀣🀣πŸ₯±βœοΈπŸ‘‹πŸ‘‹
Reka KWIKUNDA Ariko Wige GUKUNDA Abandi No Gukora ApprΓ©ciations pour les autres Urabona ‼️‼️‼️‼️‼️‼️

Akarorero Koroshe Ngaha Nyene Ushobora Kubona Ibintu , Umuntu, Canke Inyigisho Nziza UMUNTU Yigishije Ngaha Nyene Ukazishima Ariko Hageze Gushirako Like Canke Commentaires Ukigonga Nkaho Umengo Boca Babonako Agusumvya.🀣🀣πŸ₯³πŸ₯±πŸ€—πŸ˜±πŸ˜±βœοΈ
Mukundwa Ushirako Like Canke Ureke UKWURI nukwo Nyene Ufise Mumutima. Ashobora Kuba Atagusumba Ariko Ico Kimenyetso Kimwe Gusa Gisigura ISHARI Ry'Ubumeshaaa.
Twagiye Muri Like Na Commentaires πŸ’― Uyumunsi Ntuvyemere Ariko Uhitemwo Kubohoka Mw' Izina Rya YESU

03/11/2025


IC' .
.
ZAA Na UWONGEZEKE ConfΓ©rence With Evangelist Pascal Nduwayo Uwutumiwe Ni Wewe Nyene Usomye Ino Post n'Umuntu Wese Ari Mumicungararo Y'Intara NZIZA Ya GITEGA
Ino Weekend Muri Shalom International Family Gitega Hazoca Uwambaye K*ko Turubaka IGICANIRO Co Guhindurigwa Amateka, UBUZIMA
πŸ’’ Vendredi ni 15H00-17H00 πŸ”₯πŸ”₯πŸ’―
πŸ’’ Samedi 10H00-12H00 K*karago πŸ”₯πŸ”₯πŸ’―
Na 15HOO-18H00 Igikorane Kidasanzwe
πŸ’’ Dimanche ni 9H00-13H00 Azoba Ari Finale
SHETANI Ari Mukaga βœŠπŸ‘ŒπŸ₯³βœοΈπŸ’₯πŸ’ͺπŸ’«

πŸ”΄Ivyo Ufise Vyiza Biragwira πŸ’₯πŸ”₯πŸ”₯πŸŽ‰πŸ’―
🟣Indoto Zawe Zizokwambara Umubiri
πŸ”΅Umutahe Wakoresha Urongerekana Inyungu
Iraduga Mw' Izina Rya YESU πŸ”₯ πŸ”₯ πŸ’―
Kaze Muri BENSHI ni Muri Shalom international family gitega Q.Bwoga I Haruguru Yo Kugiti Cumye

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Evangelist Pascal Nduwayo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share