28/08/2026
🔥🔥 REMNANT OF LORD MINISTRIES 🔥🔥
Imana y’AMASIGARIRA ihimbazwe cane!
Imana yongeye kuduha ibihe vyo kwibera muri Presence yayo! 🙌🏽🔥
📖 Yesu agaruka ku bigishwa, asanga basinziriye, abaza Petero ati:
“Ubwo ntimurushe mubana maso nanje n’isaha imwe?”
⏰ BURUNDI 🇧🇮 — 00h00
⏰ AMERICA 🇺🇸 — 18h00
🔥 NI IGIHE CO KUBA MASO!
🔥 NI IGIHE CO GUSENGA!
🔥 NI IGIHE CO KWINJIRA MURI PRESENCE Y’IMANA!
Ntureke iki gihe kirengane! 🙏🏽
Nimuze twifatanye muri Presence y’Umwami.
❤️🔥 REMNANT OF LORD MINISTRIES
Ev Elson