Mission Épouse Fidèle DU Christ AU Burundi

Mission Épouse Fidèle  DU Christ  AU Burundi M.E.F.C.BU

17/06/2025

Gutazira
Abaheburayo 2:12
Nzobarira bene Data izina ryawe,
Nzoririmba ngutazira hagati y'ishengero.

17/06/2025

Guhimbaza
Yesaya 30:1
Uhoraho ndaguhimbaza kuko wankuye hasi,
Ntukunde kw abansi banje banyitamba hejuru.

2 ème journée de Croisade : samedi le 14/6/2025 après midi .-Thème et Passage Biblique :Philippiens, 4:6 - Ne vous inqui...
16/06/2025

2 ème journée de Croisade : samedi le 14/6/2025 après midi .
-Thème et
Passage Biblique :
Philippiens, 4:6 - Ne vous inquiétez de rien; mais en toute chose faites connaître vos besoins à Dieu par des prières et des supplications, avec des actions de grâces.

-Ku musi ugira 2 w'igikorane co kuwa gatandatu ku muhingamo itariki 14/6/2025
-Umutwe w'icigwa
Amajambo y'urufatiro :
Filipi 4:6
Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka

3 ème journée de Croisade : dimanche le 15/6/2025 après midi .-Thème et Passage Biblique :Michée, 6:8 - On t`a fait conn...
16/06/2025

3 ème journée de Croisade : dimanche le 15/6/2025 après midi .
-Thème et
Passage Biblique :
Michée, 6:8 - On t`a fait connaître, ô homme, ce qui est bien; Et ce que l`Éternel demande de toi, C`est que tu pratiques la justice, Que tu aimes la miséricorde, Et que tu marches humblement avec ton Dieu.

-Ku musi ugira 3 w'igikorane co kuwa Mungu Ku muhingamo itariki 15/6/2025
-Umutwe w'icigwa
Amajambo y'urufatiro :
Mika 6:8
8 Ko yakweretse iciza ic' ari co, ga yewe muntu: mbega har' ikindi Uhoraho akugombako, atar' ugukora ibiroranye, no gukunda kugira imbabazi, no kugendana n'Imana yawe wicishije bugufi?

3 ème journée de Croisade : dimanche le 15/6/2025 avant midi .-Thème et Passage Biblique :Psaumes, 126:3 - L'Éternel a f...
16/06/2025

3 ème journée de Croisade : dimanche le 15/6/2025 avant midi .
-Thème et
Passage Biblique :
Psaumes, 126:3 - L'Éternel a fait pour nous de grandes choses; Nous sommes dans la joie.

Ku musi ugira 3 w'igikorane co kuwa Mungu mugitondo itariki 15/6/2025
-Umutwe w'icigwa
Amajambo y'urufatiro

Zaburi 126:3
3 Ni koko, Uhoraho yadukoreye ibikomeye,
Natwe turanezerewe.

16/06/2025

Yesu Kristo azoza, Tumurorere twihanganye nk'abageni b'abizigirwa ba Kristo Yesu

Évangélisation à Murago/Kuvuga Ubutumwa Ku Murago K*k' ubutumwa bgiza butantera isoni, ar' ubushobozi bg'Imana, buzanira...
16/06/2025

Évangélisation à Murago/Kuvuga Ubutumwa Ku Murago

K*k' ubutumwa bgiza butantera isoni, ar' ubushobozi bg'Imana, buzanira uwizera wese agakiza, uhereye ku Muyuda ukageza ku Mugiriki. 17 n K*ko muri bgo ari ho ukugororoka kuva ku Mana guhishurwa, guheshwa n'ukwizera kukagwiza ukwizera, nk'uko vyanditswe, ng' Umugororotsi azobeshwaho n'ukwizera.

Romains, 1:16 - 17 Car je n`ai point honte de l`Évangile: c`est une puissance de Dieu pour le salut de quiconque croit, du Juif premièrement, puis du Grec,17 parce qu`en lui est révélée la justice de Dieu par la foi et pour la foi, selon qu`il est écrit: Le juste vivra par la foi.

Address

Bujumbura

Telephone

+25775605273

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mission Épouse Fidèle DU Christ AU Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Mission Épouse Fidèle DU Christ AU Burundi:

Share