Paroisse Sainte Famille de Kinama

Paroisse Sainte Famille de Kinama La Paroisse Sainte Famille Kinama est une des Paroisses du Vicariat de Gihosha dans l' Archidiocèse de Bujumbura au Nord de la Capitale Economique du Burundi

Diffusion en direct

28/04/2026
15/02/2026

Karitiye Ruyigi yaraye ironse Inkuka y'Imisa mu mibano itatu iyigize.

Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14/2/2026 isaha zitanu z'umurango aho hasubira kugururwa igikorwa co guhereza imisa mu mibano mitomito igize Paruwase inyuma y'igihe kitari gito vyarahagaze.
Nyakubahwa Patiri mukuru wa Paruwase Kinama yaribukije ko umubanyi ariwe muryango mbere aranakeza abakristu bo muri iyo Karitiye ukuntu biteguriye iyo misa ko borushiriza gukomeza ubumwe n'urukundo aho babaye.
Yisunze ibisomwa vy'uyo musi yarasavye ko abanyamubano bakwiye gusenga Imana y'ukuri batayibangikanya n'ibigirwamana.
Imyuma y'imisa abakristu bagize imibano yitiriwe Yozefu, Rita na Eliya beranda ya Karitiye Ruyigi barabandanije biginana basangirira hamwe ivyo Imana yabahaye mu kubihuza n'icivugo ca Diyoseze Nkuru ya Bujumbura kivuga ngo:"DUKOMEZE EKLEZIYA MURYANGO MU KUGIRA UBUMWE N'URUKUNDO NO MU GUSANGIRA NEZA IVYO IMANA IDUHA".

PASIKA NZIZA
18/04/2025

PASIKA NZIZA

13/11/2024

Mwaramutse neza mwese. Ndabipfurije umusi wa gatatu mwiza wuzuye imigisha.

Address

20 ème Avenue Q:Bubanza/Z: Kinama/C: Ntahangwa
Bujumbura
BP:690BUJUMBURA

Telephone

+25779243158

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Paroisse Sainte Famille de Kinama posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share