Fellowship Rubirizi

Fellowship Rubirizi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Fellowship Rubirizi, Religious organisation, Musenyi, Bujumbura.

24/05/2022

SHALOM INTERNATIONAL FAMILY

_TESTIMONY_

Amazina yanje ni NKURUNZIZA Rodrigue

Kuva mvuka nisanze mfise indwara y'umusipa.Uretse kumbabaza cane sinibaza ko umusi Umwe nokize nanje nkidegemvya kuko nari narivuje henshi atakivamwo

Umusi uri izina mpura n'umwe mu bahungu ba Major Apostle Simon Claude NDUWIMANA ariko avuga ubutumwa mu bitaro aho naringiye kwivuza kandi agashinga intahe cane ko muri Yesu indwara zose zikira

N'ubwo kuvyakira vyangoye kuko vyari bimbereye bishasha , naramwemereye aransengera.Niho haheze igihe nasanga narakize kandi nidegemvya

None nahisemwo guha Uwo Yesu yankijije ubuzima bwanje kuko we yandondeye ntaranamumenya, n'ahimbazwe kandi ahabwe icubahiro, ubwami bwiwe buzokwamaho ibihe vyose



GodOfMajor

21/06/2021

Vyose birashoboka bitegwa nukumenyer yahisemo knd abizera bashobora gutuma ubuzima bwabo buhinduke ukobukeye ukobwije Hama ukagira isobanuro yubuzima wahisemo nyene reka tuduze ukwizera Hama dukoregwe nayo

Send a message to learn more

Ikitugira bazima suko twobadufise ingabire zikomakomeye nkizobenshi bataba barashima nuko dufise nyen ingabire muri tweb...
11/04/2021

Ikitugira bazima suko twobadufise ingabire zikomakomeye nkizobenshi bataba barashima nuko dufise nyen ingabire muri twebwe yazutse mubapfuye mugihe yaciyazukana ingabire yubugingo budashira kubamwakira hmwe nikurimpande bwireko yeningabire aganj muriwewe kugirango ubuzima bwumuzuzo bugaragare kuri wew nokubikurimpande vyose mwizina rya Yesu aganje mubana biwe amen

11/04/2021

Ubuzima bwose ubamwo bugirisobanuro bivanye nikiri muri Wewe bisigurako igihe uzotahura Yesu mugendana ukwakora nawe azokwiga gukora nkawe Abanyefeso5:1👑👑
👑👑

Send a message to learn more

Address

Musenyi
Bujumbura
61458267

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fellowship Rubirizi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share