Win for christ

Win for christ Le but de cette page est de partager la parole de Dieu et les saintes écritures afin que toutes personnes croient en Christ

19/10/2020

FAITH:UKWIZERA

ABAHEBURAYO 11:6

Ijambo ry'lmana riratubwira neza ko uburyo bwiza bwo guhimbara lmana ari Ukwizera kuko ryatubwiye ko Utizera bidashoboka ko ahimbara lmana, ahandi naho mw'ljambo ry'lmana hakatubwira ko Umugororotsi azobeshwaho n'Ukwizera kwiwe

NB: Icaremwe gishasha ukeneye kukimanura ntucaka amafaranga ufise ariko ucaka Ukwizera kuko kitabeshwaho n'ibigaragara yamara kibeshwaho n'ukwizera

NTITUBESHEJWEHO N'IBIBONEKA ARIKO TUBESHEJWEHO N'UKWIZERA

15/08/2020

Yohana 3:16
Ukurungikwa kwa Kristo hano kwisi hari kugira ngo umwizera wese aronke ubugingo budashira.lyo wakiriye Kristo uba uronse kamere k'lmana Data,igihe w'imatanije na Kristo Yesu uba ucitse impwemu imwe nawe(1Ab'i Korinto 6:1)ukwimatanya na Kristo n'igikorwa co kumwakira mu mutima wawe maze akaguhindurira amateka

Send a message to learn more

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Win for christ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share