Aurem-Revival Church

Aurem-Revival Church eglise chrétienne Sur Instagram, mon nom d’utilisateur est « aurem_revival_church ». Installe l’application pour découvrir mes photos et mes vidéos.

Thème : LA RECONQUÊTE DE L' AUTORITÉ PERDUE ( KUGARUZA UBUBASHA TWATAKAJE) 2 ngoma 13 :1-22Umugambi wa satani nu kwiba k...
01/06/2026

Thème : LA RECONQUÊTE DE L' AUTORITÉ PERDUE ( KUGARUZA UBUBASHA TWATAKAJE)

2 ngoma 13 :1-22

Umugambi wa satani nu kwiba kwica no gutikiza
Rero utegerezwa kwama ugavye, ukaba maso kandi ukugaruza ico wibwe

❗Utegerezwa kugaruza wa mwete wawe wo gusenga watakaje, wa munezero, amagara meza, ico cose watakaje kuko dufise ububasha hamwe na yesu

◽Ubuzima bwa misi yose tubamwo buradusaba gukora cane kubw' ubuzima bugoye ariko gukora gusa vyonyene ntibihagije biradusaba gusenga.▶️

➡️Ishengero ryavukanye ubushobozi ariko umwiza , ubukene, amacakubiri n' ibindi vyarateye ishengero maze ishengero ribura ubushobozi bwa ryo

❗Iyo dutaye ikibanza cacu tukishushanya ni si mu gukora ivyaha dutakaza ububasha bw' imana

✅Hamwe n ' Imana turafise avantage
Turi abanesha hamwe n' Imana
Hamwe n 'Imana Igarurire ivyo wibwe

🙌Ndasenga ngo wakire urufunguruzo wugururirwe imiryango , ico wibwe kigaruke nkuko Abija yasubijwe ibisagara ni bindi vyose nawe ubone gusubizwa ivyawe.
Wakire ububasha bw' Imana buneshe ico cose kitava ku Mana
Uku kwezi kwa gatandatu kukubere ukwezi ko gusubizwa ico wanyazwe. 🙌
Amennn 🙌

subira       w' impemburo
31/05/2026

subira


w' impemburo

Yeshuaaaa      w' impemburo
31/05/2026

Yeshuaaaa


w' impemburo

Aho twagendaniye      w' impemburo
31/05/2026

Aho twagendaniye


w' impemburo

Birenze rwa rukundo rwambere      w' impemburo
31/05/2026

Birenze rwa rukundo rwambere


w' impemburo

31/05/2026

SUNDAY SERVICE

27/05/2026

Hello family twizereko muguwe neza bivanye naho umwe wese aherereye !

Good news 🔥🔥🔥🔥

kw'Intango nshasha


Revival Sound

🔥🔥🔥Get ready 🔥🔥

17/05/2026

SUNDAY SEVICE

Ukwezi kw intango nshasha
15/05/2026

Ukwezi kw intango nshasha

Address

Musaga , Kinanira1 , Route Mpimba , En Face Centre Artisanal De MUSAGA
Bujumbura

Telephone

+25771459282

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Aurem-Revival Church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Aurem-Revival Church:

Share