Jeunesse EAB Musaga

Jeunesse EAB Musaga Communauté des jeunes chrétiens de l Eglise Anglicane du Burundi Paroisse Saint Matthieu de Musaga

ISI IKENEYE YESU KRISTO
09/12/2025

ISI IKENEYE YESU KRISTO

🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲🌲

Ijoro ridasanzwe ryo no

🔰🔰 Mu gihe isi iriko iraca mubihe bibi bitandukanye, amahanga akaronderera inyishu y'ibibazo afise ahatandukanye, imiryango kubera ugusugerezwa n'ingorane igafata ingingo zitari nziza mu ntumbero yo gukemura ibibazo bibahanze mu kugerageza gutorera inyishu ivyo bibazo bagaca mu nzira zitari nziza

😞😞 Aho usanga umuntu yataye umutwe arondera inyishu y'ibimuhanze akigeragereza bikanka, umuntu akarondera umunezero mur'ibi canke biriya kugira arabe icomuha amahoro ariko bikarangira vyanse
‼️‼️ Ivyo vyose bitwereka ko hari ikibazo gikomeye kandi ata muntu agifitiye inyishu

🙏🏼🙏🏼 Kaze mwese turabire hamwe uko ariwe kandi itanga kugira umuntu agire

Bwira mugenzi wawe abwire mugenzi wiwe ko atagusiba.




08/12/2025

Gusiba canke gucerwa n'uruhombo kaze mwese mwijoro ridasanzwe ryo kunezererwa no kwibuka umukiza yasize icubahiro ciwe mwijuru yemera kwambara ubusa araza yambara ishusho y'umwana w'umuntu aravuka ngo ash*tse umugambi udasanzwe wo kuduha agakiza no kudukura mw'ishayo y'ivyaha👏👏

IJORO RIDASANZWE UTOSIBAMWO🔴uriteguye kongera kumva inkuru iryoshe cane yagakize ivuga kuriyo Mana yavuye mwijuru ivukir...
06/12/2025

IJORO RIDASANZWE UTOSIBAMWO

🔴uriteguye kongera kumva inkuru iryoshe cane yagakize ivuga kuriyo Mana yavuye mwijuru ivukira mumwana w' umuntu kugira ngo dukizwe?

🔴 Karibu mwese tuzobane muri iri joro ridasanzwe turi imbere y'Imana duhimbaza Izina ryayo tuvuga Ubwiza bwayo nivy'inkomezi yakoze.

kubimbere y'Imana umunsi umwe biruta kubahandi imyaka igihumbi🙏


Imana mu gush*tsa umugambi wayo mw'isi yabihereye m'umuryango wa mbere yatanguye kurema ni kimwe mubitwereka ko   ari   ...
23/09/2025

Imana mu gush*tsa umugambi wayo mw'isi yabihereye m'umuryango wa mbere yatanguye kurema ni kimwe mubitwereka ko ari w'Imana kandi ko ari yonyene ubwayo yatanguje uwo mugambi

Nk'uko ari w'Imana hariho n'uko Imana yagenye gushika agere kur'iyo ntambwe, nico gituma duhamagarirwa kubimenya kugira bikorwe nk'uko

Karibu namwe kuva turabe ico itubwira ku bijanye n'urwo rugendo

"Uhoraho Imana aravuga, ati Si vyiza k'uyu muntu yibana wenyene; hinge ndamuronderere umufasha bikwiranye."
2:18

  yama yiteze ko   wese   intahe aho   kandi muvyo  🔰🔰🔰 Kaze muri bino bihe vyiza aho tuzoba muhibe vyiza vyo   no   bic...
08/09/2025

yama yiteze ko wese intahe aho kandi muvyo

🔰🔰🔰 Kaze muri bino bihe vyiza aho tuzoba muhibe vyiza vyo no biciye mu hamwe n'izindi yatanze mw'ishengero ryayo

' 1:7-8
28:19-20
' 10:31

🔰🔰Shalom Shalom, Karibu muri bino bihe vyo   k'urukundo rwayo yadukunze,   uwo  "Kand' abonetse afise ishusho nk'iy' umu...
13/05/2025

🔰🔰
Shalom Shalom, Karibu muri bino bihe vyo k'urukundo rwayo yadukunze, uwo

"Kand' abonetse afise ishusho nk'iy' umuntu, yicisha bugufi, araganduka no gush*tsa ku rupfu, kand' urupfu rwo ku musaraba. Ni co catumye imushira hejuru cane, ikamuha rya zina mazina yose: kugira ngw amavi yose az' apfukame mw izina rya Yesu, ay' ivyo mw ijuru n'ay' ivyo kw isi n'ay' ivy' i kuzimu, kand' indimi zose zize zature yuko ar' , ngo biheshe wa twese ."
Ab'i Filipi 2:8-11

Mbega Bibiliya har'ico ivuga kuri Saint Valentin?N'iyihe nyifato y'umuKristo kuri Saint Valentin?Karibu turabire hamwe i...
13/02/2025

Mbega Bibiliya har'ico ivuga kuri Saint Valentin?
N'iyihe nyifato y'umuKristo kuri Saint Valentin?

Karibu turabire hamwe ivyo bibazo kumunsi wakane 13.2.2025

28/09/2024

🔴Intumbero y'ubuzima bwacu ni kubaho kubwa muri vyose kandi hose

Karibu twibutsanye ico duhamagarirwa gukora nk'abana b'Imana
Ni kumunsi wejo Aho bukera!!!!!
Tumira mugenzi wawe, twese tuze duhahurire

👉Don't plan to miss out this special day

Urakunda kubwirwa ngo ndagufitiye   washika ugasanga irasanzwe haheze akanya hoho ugasanga nta gishasha yakubwiye.Uraken...
26/03/2024

Urakunda kubwirwa ngo ndagufitiye washika ugasanga irasanzwe haheze akanya hoho ugasanga nta gishasha yakubwiye.

Urakeneye kumenya yama ari igihe cose kandi ihindura bwawe igihe cose uyumvise

Karibu muri Kino kibanza turabire hamwe iyo nkuru nziza iyariyo.

🟢Arikw ivyo Mpwemu yama n'urukundo, umunezero, amahoro, ukwihangana, kugira neza, ingeso nziza, kuba umwizigirwa,  ubugw...
22/03/2024

🟢Arikw ivyo Mpwemu yama n'urukundo, umunezero, amahoro, ukwihangana, kugira neza, ingeso nziza, kuba umwizigirwa, ubugwaneza, ukwirinda: ibimeze birtyo nta vyagezwe bibibuza.
Kand' aba Kristo Yesu babambanye akameremere kabo n'ivyo gahahamiye n'ivyo kifuza.
Namba tubeshwaho na Mpwemu, tuyoborwe na Mpwemu.

➡️Ab'i Galatiya_5:22-25

Thème : INGABIRE IRUTA ZOSE NI YESU KRISTO                                                      Umwigisha : RUKUNDO Jean...
26/09/2023

Thème : INGABIRE IRUTA ZOSE NI YESU KRISTO

Umwigisha : RUKUNDO Jean Marie Vianney

🔴INGABIRE IMANA YADUHAYE IRUTA IZINDI NI UMWANA WAYO YESU KRISTO
(Yohana 3:16)

Duhereye mw’itanguriro tubona Imana irema abantu babiri kugira bagiriranire imigenderanire bafise vyose ariko kandi kugira bayubahe.

Imana yashaka ko babandanya iyo migenderanire ariko satani ntavyo yashatse
Yarababeshe abaha amakuru atandukanye nayo Imana yabahaye maze bumvira satani bareka gukora ivyo Imana yababwiye.

Ukutumvira Imana kwa Adam na Eva kwatumye imigenderanire yabo n’Imana itosekara.

Ariko ntivyakuyeho umugambi w’Imana ko abantu bagiriranira ubucuti.

Imana ivuga ko naho abantu banje bakoze amakosa sindabaheba.
Maze Imana izana ivyagezwe kugira abantu babikurikize ariko navyo nyene ntivyashoboye kubasubiza mu migenderanire yabo n’Imana kuko Imana yashaka ko bavyumvira vyose ariko rimwe baragerageza ikindi gihe bikabananira maze ivyagezwe ntivyashobora gutuma ya migenderanire isubiraho.

Imana birayishavuza kuko ico yashaka kitariko kirakunda.

Maze ituma Abavugishwa bayo baraburira abantu ariko naho nyene ntivyakunze ko abantu basubira kunga ubucuti n’Imana abantu ntibumvira abavugishwa n'Imana ariko kandi ivyo vyose vyaba Imana idukunda vyatwereka ukuntu Imana itagomba gutakaza abantu.

Maze mw’ijuru haba inama barondera uwocungura abantu harabura uwoshobora gucungura abantu ariko Imana itanga umwana wayo w’ikinege aba ariwe aducungura nico gituma ataco agaciro Imana yari kuduha atari Umwana wayo gusa.

Maze Yesu Kristo aza gusubizaho ubucuti hagati y'abantu n'Imana.

➡️Uno musi biciye mu kwizera Igikorwa ca Yesu Kristo turonka Ingabire y'UBUGINGO BUDASHIRA tugasubira mu bucuti n'Imana

📌Ibintu vyerekana uko YESU KRISTO ari Ingabire isumba izindi zose:

1. Yesu yazananye ubushobozi bwo guharira ivyaha.
2. Yesu adutsindira urubanza rw'Imana.
3. Yesu atugira abana b’Imana.
4. Yesu aduha ubugingo budashira.

▪️Ivyo vyose tubironka ku buntu, ntaco twokora canke twotanga kugira tubironke.

▪️Ingabire zose dufise Imana yaduhaye zose zihari kugira zishire hejuru iyo ngabire iruta zose ariyo Yesu Kristo.

▪️Igihe Ingabire ufise itariko ishira hejuru canke ihimbaza Imana iyo ngabire iba iriko ikoreshwa nabi.

INGABIRE IRUTA ZOSE NI YESU KRISTO. 🟢Kuk' urukundo Imana yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga Umwana wayo w'ikin...
26/09/2023

INGABIRE IRUTA ZOSE NI YESU KRISTO.

🟢Kuk' urukundo Imana yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga Umwana wayo w'ikinege, ng' umwizera wese ntaz' apfe rubi, arikw ahabge ubugingo budashira.

(Yohana 3:16)

Address

Anglicane Musaga
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jeunesse EAB Musaga posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share