Alpha Veronez Praise and Worship

Alpha Veronez Praise and Worship Twitwararike ivy Impwemu navyo

16/04/2026

uramaze kuvuga ijambo hama ukicuza impamvu warivuze ?

23/10/2025

Gutamba no kudatamba murusengero iciza nikihe? Kubera iki ?

20/08/2024

Aka ka Video kavuga gutya
Ijwi ry Imana: Mwana wanje umaze imisi uraba Football cane (umupira w'amaguru) rero ukwiye kubihagarika ugafata umwanya uhagije wo gusenga no kwitwararika ijambo ryanje

Umuntu: ego mwami.

Umuntu aca aja murusengero: Imana yavuganye nanje ko kuraba umupira aricaha

Umumarayika: 🙆🙆🙆🙆🙆🙆

Rero biriho cane mumashengero cane cane y IBurundi aho ico wabwiwe n Imana ushaka kugishiramwo abandi kandi bitari ivyabo ari wewe biraba gusa.

Akarorero Samusoni harivyo yahawe nko kutamwa umushatsi, none yari kugenda atangaza ngo kumwa umushatsi ni icaha?

Twige knd twiyumvire

25/05/2024

Ingo munyishure kano kabazo kweli 🤔🤔🤔

12/02/2024

Uyu arabivuga neza ati. Bantu mwigira ngo mwamaze gushika mwijuru kubera mwambara ibitambara canke mutagira iki canke kiriya (gusuka kwisiga nibindi bama bavuga ) knd mukiba murusaku mubusambanyi mubusuma mububeshi mukwifuza ishari ninzigo, ijuru muzoryumva kumatwi.
Uko kwambara (neza) bishireko kwakira umwami Yesu akubere umukiza hama wame ivyamwa vyumu Kristo hama Yesu azovyimenyera

08/02/2024

Ubutumwa buhambaye

22/12/2023

Mere nka babandi ngo ntiwumve ijwi ariko wumvirize ijambo 🤗😂😂😂 soo umviriza amajambo agira ati:
" Ntukwiye kwiheba canke ngo ugire ubwoba Mugatondo Umunezero woza kandi ibibazo uriko uracamwo ntibizokwamaho. Kuko dufise incuti Yesu izoguhanagura ayo marira hama Mugihe wumva umutima wawe wakomeretse wewe gusa duza ibiganza uvuge ngo:

Ndazi ko nshoboye ndaziko nshobora kuvyuka ubwo ibibazo bingana iki vyontera ndaziko Ubuzima bwanje buri mumaboko yawe (YESU) "
Amen umwaka mwiza.ibitubako vyose ntibizodushikura Mukiganza c Imana umuremyi wacu. Rero uyu mwaka kirazira kwiganyira. ndabakunda cane

29/11/2023

Mbega wisonzesha habaye iki?

28/11/2023

Chorale Himbaza Baptist Ngagara Burundi muri repetition. Nigiki kintu kiryoha nko kuririmba?

05/11/2023

Ngo iyo ngerageje kwikemurira ibibazo ntarikumwe n' Imana bigenda uku: kenshi harigihe tubona dushoboye tukibagira guhanuza Imana mu migambi yacu : Gira Imana umuhanuzi nukuri ibintu vyawe izobishira kumurongo. Gira akamenyero ko kumenyesha Imana buri kantu kose ugira ukore urabe uko bizogenda. Tubigerageze aya mezi abiri yanyuma yumwaka asigaye turabe 😊😊😊😊 ndabakunda ncuti zanje

I have reached 600 followers! Thank you for your continued support. I could not have done it without each of you. 🙏🤗🎉
05/11/2023

I have reached 600 followers! Thank you for your continued support. I could not have done it without each of you. 🙏🤗🎉

Address

Ntahangwa
Bujumbura

Telephone

+25761957013

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alpha Veronez Praise and Worship posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share