12/09/2025
ITANGAZO!!!!! Kubw'imvo zitatuvuyeko, ano makesha ntakibaye rino joro. Tuzobamenyesha amatariki mashasha tuzohabwa nabatunganije kino gikorwa. Shalom!!!!
" Kandi turazi yuko ku bakunda Imana vyose bifataniriza hamwe kubazanira ivyiza, abahamagawe nk'uko yabigabiye." (Romains 8,28)
Woba uri Bujumbura?!???? Ano makesha kuneza yawe niyabawe ntiyogucika!!!!
Murahawe ikaze dukorerwe na Data wa twese mw'izina rya Yesu Kristo!!!!