26/01/2026
THรME : ISI YIPFUZA UMUCO WAWE.
๐ Yesaya 60:3
3. Amahanga azoza ku muco wawe, n'abami bazoza ku gukayangana kwawe.
Haguruka ukayangane, k*k' umuco wawe ush*tse, kand' ubgiza bg'Uhoraho bukaba bukurasiye. Kuko raba, umwiza uzotwikira isi, umwiza w'umuzitanya uzotwikira amahanga: arik' Uhoraho azokurasira, kand' ubgiza bgiwe buzokubonekako.
Unamura amaso yawe weraguze, urabe, bose bakoraniye hamwe baza kuri wewe; abahungu n'abakobga, abashingantahe n' abakenyezi, bose nta kindi bashaka atari kumenya ibanga ryakugize uwo uri we uyu musi.
Umuco uri muri wewe ntiwagenewe kwubikwako igisimbo, ariko washizwe muri wewe kugira ngo uboneshereze amahanga.
Uko udutebera niko benshi bacerwa kwihweza ubwo bwiza buhebuje buri muri wewe, k*ko handitswe ko ivyaremwe vyose birindiranye igishika uguhishurwa kwawe biguhahamiye cane.
YESU ARAKENEYE KO WAGURA UBWAMI BWIWE MUKUNZI.
_____________________
๐งUkaba wumva wokwakira Yesu Kristo nk' Umwami n' Umukiza bwawe canke wokwinjira muri groupe ya Whatsapp y' ijambo ry' Imana ku musi ku musi wotwandikira kuri โ๏ธ: +25762513731
Canke winjire uciye kuri ino link udukurikire kuri chaรฎne Whatsapp:
https://whatsapp.com/channel/0029VbBmNekLdQeWE7qxKW3V
___________________
๐ ๐ช๐๐ฅ๐๐๐๐ญ๐๐๐๐ช๐ โผ๏ธ
โ๏ธ ๐๐ฏ๐ด๐ต๐ฐ๐ฑ๐ฑ๐ข๐ฃ๐ญ๐ฆ ๐๐ช๐ฏ๐ช๐ด๐ต๐ณ๐ช๐ฆ๐ด ๐
โปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโปโป