04/12/2022
Le 04/12/2022 église CSBU Musenyi yarinezerewe cane kubwo amakuru yahawe adasazwa yashikirijwe n'uburongozi bukuru bwa église kigiye no gukorera muntara ya muri commune KAYOGORO #.
Église CSBU yarisanzwe ikorera muri:
- Bubanza
- Bujumbura
- Cibitoke
- Muramvya
- Kayanza
- Muyinga
- RDC
Ubu ikaba igiye nogukorera muri MAKAMBA
Église CSBU ibipfuriza kurangiza neza umwaka wa 2022