UMC Paroisse Cibitoke mairie

UMC Paroisse Cibitoke mairie UHORAHO Yatugiriye neza natwe turanezerewe

26/12/2024
04/12/2023

Korivyiza hama wigendere

Ineza y'umuntu niyo imutera gukundwa
04/12/2023

Ineza y'umuntu niyo imutera gukundwa

04/12/2023

Maisha ni magumu lakini tutajenga hekaru

Ibikorwa vy'ukubaka ingoro y'Imana muri paroisse Cibitoke Mairie vyaratanguye
01/12/2023

Ibikorwa vy'ukubaka ingoro y'Imana muri paroisse Cibitoke Mairie vyaratanguye

05/11/2023
Turakeje abarongozi bacu
07/05/2022

Turakeje abarongozi bacu

01/05/2022

```Kuko twese tutazobura kugaragarizwa imbere y'intebe y'amateka ya Kristo, kugira ng'umuntu wese ahabge ibihwanye n'ico yakoze akiri mu mubiri, ari ciza ari kibi.
Ayo n'amwe mu majambo twagaburiwe n'Umukozi w'Imana Mme Marie Noella Aho mbere yasavye Ishengero kurongorwa na Mpwemu Yera twoye kurongorwa n'ivyo akameremere kacu kipfuza kugira tuzoragwe ubugingo budashira.```

Pasika nziza
17/04/2022

Pasika nziza

11/04/2022

Yisunze ijambo ry'Imana riboneka muri *Matayo 26: 57*, kuri uyu w'Imana 10 Ndamukiza 2022 Rév Mufyiri Gérard yibukije Ishengero kuguma kuntumbero bakihanganira ibibagerageza nk'uko Yesu yabikoze igihe bamurega kwa Pilato Ariko aremera aremanga Umusaraba kugeza ash*tse Kuntumbero yari yamuvanye mw'ijuru akadukiza ububasha bw'umwiza maze duhabwa ugucungurwa.
Nk'uko Petero amaze kwihana Imana yaciye imugira urufatiro rw'ishengero, yasozereye asaba Ishengero :
- kudahemukira Kristo
- be no kwihana

Address

12e Avenue
Bujumbura

Telephone

+25779707461

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when UMC Paroisse Cibitoke mairie posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share