Évangéliste petero nduwayesu

Évangéliste petero nduwayesu 1Timoteyo2:4
igomba kw abantu bose bakizwa bagashika ku kumenya ivy' ukuri.

Aletheia-Truth Revealed ⏹️ Umuco w'UkuriKuwa 12 Ntwarante 2024Prophet Evrard SINAGAYEAbaroma 8:27;arikw Isesa imitima ir...
14/03/2024

Aletheia-Truth Revealed ⏹️ Umuco w'Ukuri
Kuwa 12 Ntwarante 2024
Prophet Evrard SINAGAYE

Abaroma 8:27;
arikw Isesa imitima irazi ivyo Mpwemu yiyumvira, k*k' ukw Imana igomba ari ko Mpwemu asengera abera.

KAMERE KA MPWEMU YERA
a. Ubugombe

Benshi n'abiyumvira yuko Mpwemu Yera ari nk'inkintu, umuriro, canke umuyaga uhuhuta mu kibanza kanaka. N'umuntu wa gatatu mu Butatu bweranda atari muto ku Mwana canke kuri Data.

Nta bintu vyigeze bigira ubushobozi bwo kugira ubugombe. Arafise ubugombe avuga biciye mu vyanditswe, Akorera ubugombe bw'Imana mu mitima yacu.

Isirayeli yasavye umwami kandi icipfuzo cabo carishuwe bifatiye kuvyo bipfuza kandi bagomba. Ubugombe bw'Imana bwar'ubwo kubaha Dawidi, ubugombe bwacu burashobora kwishurwa, ariko inzira irushirije niyo kwemera ubugombe bwa Mpwemu Yera.

Kurongōrwa na Mpwemu bisigura kurongōrwa n'ubushobozi bw'ubugombe bw'Imana. Kure ya bino n'inzira y'umubiri ijana ku rupfu. Ubugombe bw' Imana ntibushobora gukorwa ata bufasha bwa Mpwemu Yera.

Ivy'Imana yipfuza bikura ubushobozi bwo gush*tswa muri Mpwemu Yera. N'ubugombe bw'Imana ntibwogira ico bumaze ata gihande ca Mpwemu Yera.

Imana yipfuza ko abantu bose bakizwa, Mpwemu Yera n'umukozi wo kubish*tsa. Ikivyawe na Mpwemu n'impwemu (Yohana 3: 5).

Gush*tsa ubugombe bwiwe buronse ikibanza co kuvugirwako muri twebwe, ntidushobora kuvuga ko turongōrwa nawe. Iyo Mpwemu Yera atuyagisha, avuga ivyihutirwa gusa.

KUZIRIKANA:
Gush*tsa ubugombe bwiwe buronse ikibanza co kuvugirakwo muri twebwe, ntidushobora kuvuga ko turongōrwa nawe. Iyo Mpwemu Yera atuyagisha, avuga ivyihutirwa gusa.

IMIRONGO YO KUNOGANZA:
Yohana 17:3; 1 Timoteyo 2:3; Yohana 6:39-40

ISENGESHO: Mpwemu Yera ndongōra. Atari n'umuriro ariko n'ukubaho kwawe muri jewe, ndashize ubuzima bwanje musi y'ubugombe bwawe. Ico wipfuza gukora cose, gikore muri jewe. Mw'Izina rya Yesu. Amen !!!

21/11/2023
20/09/2023

Nina siri by israël mbonyi weho wayakiriye gute ?
talentchildren

Nuko rero nturanduke umutima k*ko ndi UHORAHO Imana yawe.   IN GOD MINUSTRY # nzojana nawe ahariho hose.
11/08/2023

Nuko rero nturanduke umutima k*ko ndi UHORAHO Imana yawe. IN GOD MINUSTRY # nzojana nawe ahariho hose.

Ivyo amaraso y'inyoni n'intama bitashoboye gukora amaraso y'umwami wacu yarabikoze vyose Nyimba uvyizera mugushima vuga ...
06/06/2023

Ivyo amaraso y'inyoni n'intama bitashoboye gukora amaraso y'umwami wacu yarabikoze vyose Nyimba uvyizera mugushima vuga ✓✓Amen✓✓

Ukwizera kwa benshi nikwo kwatumye bashika kuco bashakaKuva ubu ndasaba Imana ukwugurure amaso y'impwemu ushobore kubona...
21/04/2023

Ukwizera kwa benshi nikwo kwatumye bashika kuco bashaka
Kuva ubu ndasaba Imana ukwugurure amaso y'impwemu ushobore kubona Kure k*ko ariho hari ubukiriro bwawe.
Nyimba uvyizera vyonda j'aime canke uvuge Amen muri commentere

Nimba wizera Kubayeho   Ya   Nturengane Utavuze   canke j'aime kunwibukuru bw Imana
19/03/2023

Nimba wizera Kubayeho Ya Nturengane Utavuze canke j'aime kunwibukuru bw Imana

Vyose bitashika kubizeyeMariko 9:23
25/05/2022

Vyose bitashika kubizeye
Mariko 9:23

Address

RN 1
Bujumbura
8888

Telephone

+25762509656

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Évangéliste petero nduwayesu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Évangéliste petero nduwayesu:

Share