24/02/2024
Matayo 28: 18-20
Yesu atuma intumwa ngo genda muhindure amabanga abigishwa.
------------------------------------------------------------
Diyoseze ya Buhiga yari imaze imisi itatu iriko irahugura abarimu-bamenyeshamana barikumwe n'abatambukanyi babo uko bakwiye kubandanya umurimo wa Kristo.
Umwepiskopi wa Diyoseze ya Buhiga yibukijejo muntango z'ukwezi kwa 12 2023 hari umusi mukuru adasanzwe bariko bigina basozera ibikorwa nk'ivyo kurwego rw'abapasitori.
Ubu rero abarimu-bamenyeshamana nibo baramukiwe, kandi baciye bagenda banaronse amakinga azobashoboza kurangura ico gikorwa.