Repentance and Salvation Ministry-RSM

Repentance and Salvation Ministry-RSM Contactgegevens, kaart en routebeschrijving, contactformulier, openingstijden, diensten, beoordelingen, foto's, video's en aankondigingen van Repentance and Salvation Ministry-RSM, Religieuze organisatie, Ans.

Yohana amaze gushirwa mw ibohero, Yesu aja i Galilaya, ababgira ubutumwa bgiza bg'Imana,   at' igihe kirash*tse, ubgami ...
30/06/2024

Yohana amaze gushirwa mw ibohero, Yesu aja i Galilaya, ababgira ubutumwa bgiza bg'Imana, at' igihe kirash*tse, ubgami bg'Imana buri hafi: mwihane, mwemere ubutumwa bgiza.
Mariko 1:14-15

Wewe usoma aya majambo, ukaba utarihana, ndakubwira ko igihe cash*tse ,ubwami bg'Imana buri hafi,emera ubutumwa bgiza wakire agakiza, uve muvyaha,uhinduke ,ucike icaremwe gisha,uzogire iherezo ryiza.
Imana iguhezagire

30/06/2024

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi ...

Ni co gituma dukwiye kurushiriza kwitwaririka ivyo twumvise, kugira ngo ntidutwarwe akayombekere tukabivako. tweho tuzok...
30/06/2024

Ni co gituma dukwiye kurushiriza kwitwaririka ivyo twumvise, kugira ngo ntidutwarwe akayombekere tukabivako.
tweho tuzokwikiza dute, ni twanjanjwa ku gakiza kangana gartyo? Kabanje kuvugwa n'Umwami wacu, kagakomezwa kuri twebge n'abakumvise, Imana ifatanije na bo kugashingira intahe, iyishingisha ibimenyetso n'ibitangaza n'ibikomeye vy'uburyo bginshi n'ingabire za Mpwemu Yera zagabanganijwe nk'uko yagomvye.
Abaheburayo 2:1, 3-4

30/06/2024

Ehe ndazi vuba,wumire kuco ufise,ntihagire uwugutwara igitsibo.

Ivyah 3:11

30/06/2024

Welcome to Repentance and Salvation Ministry-RSM .

Adres

Ans

Website

Meldingen

Wees de eerste die het weet en laat ons u een e-mail sturen wanneer Repentance and Salvation Ministry-RSM nieuws en promoties plaatst. Uw e-mailadres wordt niet voor andere doeleinden gebruikt en u kunt zich op elk gewenst moment afmelden.

Delen