03/11/2025
LUNDI LE 03/11/2025
🔑**Clé du Jour**🌹
Shalom🙌
📖Zaburi 20:7Bamwe bizigira imikogote, abandi bizigira amafarasi,Ariko tweho tuzokwizigira izina ry'Uhoraho,Imana yacu
✍️Bamwe bizigiye ababo bakomeye,abandi bishimiye ubutunzi canke ubwenge bwabo; Kandi ivyo vyose haraho bitabakiza.Ariko weho ukwiye kwizigira Uhoraho,akakubera ivyizigiro wenyene atakindi nakimwe wishimikije;Niwe atigera ananirwa na rimwe kandi ntabura guseruka mu ngorane.
🔐MUGIRE INDWI NZIZA💖