09/06/2026
Tugaruke ku mafoto yaranze Amakoraniro yacu muri Enhakkore Revival Center Kenya. 📸✨
Vyari ibihe vyiza vyuzuye ububasha bw'Imana, Ugusenga, Uguhimbaza N'inyigisho zubaka imitima. Twaranezerewe kuba hamwe
Na Évangéliste Nziza Jordan,
aho Imana Yadukoreye Ibikomeye kandi imitima myinshi Igakorwako N'ubuntu bwayo. 🙏🔥
Turashimira Imana ku vyo yakoze kandi turacizera ko n'ibitarakorwa bizoba vyiza Kurushiriza. Ayo mafoto ni icibutso c'ibihe vyiza twagiriye mu maso y'Imana.
A look back at the photos from our services at Enhakkore Revival Center Kenya. 📸✨
It was a wonderful time filled with God's presence, worship, praise, and life-changing teachings. We were honored to be together
with Evangelist Nziza Jordan,
as God moved powerfully and touched many lives. 🙏🔥
We thank God for what He has done, and we trust Him for even greater things ahead. These photos remain a beautiful reminder of those blessed moments.