Uwifuzwa ibihe vyose-YESU

Uwifuzwa ibihe vyose-YESU Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Uwifuzwa ibihe vyose-YESU, Religious Center, Kenya, Kangemi.

25/01/2026

Ndabaramukije mwese bakundwa b'Umwami Yesu,amahoro y'Imana abane namwe mwese aho muherereye

20/01/2026

Amahoro Y'Imana abane namwe,turakoje n'igice ca gatanu:KWEGURIRWA IMANA ,ntimwibagire gusangiza abandi

19/01/2026

Turabandanya n'igice ca 4 c'igitabo Uwifuzwa ibihe vyose:UMUKIZA YABAVUKIYE

Ngo ntabwo muzopfa habe namba:mbega ubushukanyi bw'umurwanizi!!!!
19/01/2026

Ngo ntabwo muzopfa habe namba:mbega ubushukanyi bw'umurwanizi!!!!

18/01/2026

Uwifuzwa ibihe vyose igice ca 3:IGIHE GIKWIRIYE GISOHOYE

17/01/2026
17/01/2026

Igitondo c'umugisha kuri mwese bakundwa b'Umwami wacu Yesu Kristo,amahoro y'Imana abane namwe,dukomeje n'igice ca kabiri:UBWOKO BWATORANIJWE

NDABIPFURIJE ISABATO NZIZA MWESE
16/01/2026

NDABIPFURIJE ISABATO NZIZA MWESE

16/01/2026

Imana iri kumwe natwe:B

16/01/2026

UWIFUZWA IBIHE VYOSE,IGICA CA MBERE:Imana iri kumwe natwe:A

15/01/2026

NDABARAMUKIJE MWESE MW'IZINA RY'UMWAMI WACU YESU KRISTO,TUGIYE GUTANGURA KWIGA IGITABO "Uwifuzwa ibihe vyose",NDABARARIKIRA GUKURIKIRANA IVYIGISHO BIZOZA BIRACA KWARUNO RUBUGA KANDI NDASENGA IMANA MUSHOBORAVYOSE NG'UBUTUMWA ISHAKA KUGEZA KUBANTU BAYO BINYUZE MURICO GITABO BUZOBASHIKIRE MW'IZINA RYA YESU,Amen

Address

Kenya
Kangemi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Uwifuzwa ibihe vyose-YESU posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share