Tuyage Ivya Bibiliya Yera

Tuyage Ivya Bibiliya Yera Imbere Yuko Tuyaga Ivyanditse Muri Bibiliya Tumenye Kwaza Ico Bibiliya Ico Isobantura Mbega N' Ik?

Permanently closed.
Nikwiga kuwijambo ry'imana ukamenya ico imana igushakako ukamenya yuko ushobora ukamenya yuko ushobora kugendera mubwiza...
09/06/2019

Nikwiga kuwijambo ry'imana ukamenya ico imana igushakako ukamenya yuko ushobora ukamenya yuko ushobora kugendera mubwiza bwayo gusa ijambo ry imana niryo shingiro ry ubuzima bwawe

13/07/2017

Guhimbaza IMANA nikmwe gituma negera imbere yumbwiza bw'IMANA nkayibwira ivyanje vyose imitwaro yanje yose ikaronka inyishu yayo.amen

04/06/2017

le 3 juil 20170 habaye ihunduka m'ubuzima bwaje nahinduwe musha kera nanganzwa nakameremere kumubiri ariko ubu nganzwa na MPWEMU YERA ubu nduwunesha. AMEN

17/05/2017

(prov10:5)He who gathers in summer is a wise son,he who sleeps in harvest is son who causes shame.

31/12/2016

Ndore Umwaka Urarangiye Mbega Wakoze Iki Mugukuza Abandi Mwijambo Ryima Mbega Wazanye Bangahe Kuri Yesu Barya Bagezi Bawe Kowabatera Inkuru Nyinshi Mbaga hoho Warababwiye Ivya Yesu Ndipfuza Yuko 2017 Wozana Benshi Kuri Yesu Imana Ibahezagire Mwese

03/09/2016

Igihe kirageze yuko imana ibikora rindira gato wewe gusa wirabire

06/06/2016

Ushaka Kumenya Imana Iyariyo Soma Amajambo Yanditse Muri Bibiliya Yera Uzomenya Ukuri Ukwariko Amen

Address

Buconyori
Ngagara
45670

Telephone

+25771392470

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tuyage Ivya Bibiliya Yera posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Tuyage Ivya Bibiliya Yera:

Share