Pastor Fabrice Fandi ministry

Pastor Fabrice Fandi ministry Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Pastor Fabrice Fandi ministry, Religious organisation, Bujumbura, Musenyi.

Fire of God International Ministries est un ministère chrétien consacré à la prédication de l'Évangile de Jésus-Christ, au réveil spirituel, à la guérison, à la délivrance et à la formation des disciples.

nzama ngushima ibihe vyoooose wamanawe
25/07/2026

nzama ngushima ibihe vyoooose wamanawe

UWAMPAMAGAYE NGONDAMUKORERE SINZOMUVINYUMA ATAMPAYINGERO   ,nawe ntukarekure imana yawe
24/07/2026

UWAMPAMAGAYE NGONDAMUKORERE SINZOMUVINYUMA ATAMPAYINGERO ,nawe ntukarekure imana yawe

BIBIRIYA N'IKI? Bibiliya ni ubutumwa bw'Imana bugenewe abantu kugira ngo bayimenye, bayizere, kandi bagendere mu nzira y...
22/07/2026

BIBIRIYA N'IKI? Bibiliya ni ubutumwa bw'Imana bugenewe abantu kugira ngo bayimenye, bayizere, kandi bagendere mu nzira y'ubugingo.

✨ Wipfuza gukayangana nk'inyenyeri ibihe bidashira?Isi irondera icubahiro kirangira, ariko IMANA isezerana ubwiza budash...
22/07/2026

✨ Wipfuza gukayangana nk'inyenyeri ibihe bidashira?

Isi irondera icubahiro kirangira, ariko IMANA isezerana ubwiza budashira.

"Abazoshikana benshi ku kugororoka bazokwaka nk'inyenyeri ibihe bidashira." (Daniyeli 12:3)

Mbega hari agateka karuta ako ko kugira uruhara mu gukiza imitima? Ntugaterwe isoni no kwamamaza KRISTO. Vuga Ubutumwa Bwiza, shikana abantu kuri YESU, kuko umutima umwe ugarukiye IMANA ufise agaciro k'ibihe bidashira.

🔥 Nturwanire gusa kumenyekana kw'isi; rwanira kuzokwaka nk'inyenyeri mu Bwami BW'IMANA

Pastor Fabrice Fandi ministry

sinohagarika kwamamaza umwami wnj Christo yesu umucunguzi nabasenga kiranga babikorana umwete mwinshi cn
09/07/2026

sinohagarika kwamamaza umwami wnj Christo yesu umucunguzi nabasenga kiranga babikorana umwete mwinshi cn

SHALOM SHALOM SHALOM SHALOM turatumiriye beenshi kumusenyi turiteguriye kubona   kw'imana mubantu muri FIRE OF GOD MINIS...
08/07/2026

SHALOM SHALOM SHALOM SHALOM turatumiriye beenshi kumusenyi turiteguriye kubona kw'imana mubantu muri FIRE OF GOD MINISTRY

iyo imana iguhamagaye haguruka kuko niyo ibizi ukwizobigenzaamvugira ati mana ndaje unkoreshe
24/06/2026

iyo imana iguhamagaye haguruka kuko niyo ibizi ukwizobigenzaa
mvugira ati mana ndaje unkoreshe

23/06/2026
turabire hamwe amafoto yaranze igikorane ca Dimanche le 21/06
22/06/2026

turabire hamwe amafoto yaranze igikorane ca Dimanche le 21/06

Address

Bujumbura
Musenyi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pastor Fabrice Fandi ministry posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share