EML Gitaza

EML Gitaza Église méthodiste libre mu Gitaza tubahaye ikaze

01/08/2026
Uyu musi n'umusi mukuru wa pasika, aho twibuka urupfu rw'umwami wacu Yesu kristo.Twipfuje kubipfuriza pasika nziza mu kw...
05/04/2026

Uyu musi n'umusi mukuru wa pasika, aho twibuka urupfu rw'umwami wacu Yesu kristo.

Twipfuje kubipfuriza pasika nziza mu kwibuka ko kera ataco twarimwo twagizwe Abo turi bo no kuba Yesu kristo yaremeye kuza kuducungura akemera kuza kwisi akihindura umwana w'umuntu, akabambwa, agapfa, akazuka.

Ntakindi kidukiza ivyaha atari ayo maraso yiwe yemeye gusesa kubwacu.

nziza
pâque
Easter
pasaka

EML Gitaza

     ikazenuyumusi Aho tuza kugira ibihe vyiza muguhimbaza Imana kuvyo yadukoreye twongera twinjira mumwaka mushasha wa ...
31/12/2025




ikaze

nuyumusi Aho tuza kugira ibihe vyiza muguhimbaza Imana kuvyo yadukoreye twongera twinjira mumwaka mushasha wa 2026.

Tumira mugenzawe, nawe atumire uwundi......

Gitaza

Revenons aux images de Noël  day2025
29/12/2025

Revenons aux images de Noël

day2025

Address

Gitaza
Muhuta

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when EML Gitaza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share