01/08/2022
..🚨 MURI
🚨🚨Umukinyi wa muziko yavuzwe cane ndetse ubu atarabwa neza nabamwe cank bariya bivanye ninyifato yerekanye igihe umurwi wiwe wambara impuzu inyuma zirya numero bambara zari zanditse mumarangi yumunywamazi ashushany ibendera ryabaryamana bahuje ibitsina (Homosexuel) uwo musi yaranse kwambara iyo mpuzu yanka nugukina rero urwanko nugushaka kumusohora biba biratanguyee
Uwumusi rero turonse amakuru avuga ko aza yemeye kuja mumurwi wa mubwongereza kandi ko ibiganiro hagati yimirwi bisa nivyaheze
arindiye ko bamuryakara hanyuma akaja gukorerwa ibipimo!!!