Elohim holy church

Elohim holy church Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Elohim holy church, Religious organisation, KANYOSHA, Kanyosha.

  Sunday ,il était Dimanche le 19/April/2026  42:42 Nk'ukw impongo ihuzagizwa yifuza imigezi,Ni k'umutima wanje uhuzagiz...
20/04/2026

Sunday ,il était Dimanche le 19/April/2026
42:42 Nk'ukw impongo ihuzagizwa yifuza imigezi,
Ni k'umutima wanje uhuzagizwa ukwifuza, Mana.

YESU niwe sobanuro y'Ubuzima bwacu atawe nta twebwe

  EN IMAGE #  # yatanze ingabire ugutandukanye nomuri   holy church turashira cane ingabire zabamwe bamwe kugira izina r...
06/04/2026

EN IMAGE #
# yatanze ingabire ugutandukanye nomuri holy church turashira cane ingabire zabamwe bamwe kugira izina ry'Imana rishirwe heju

Uyu n'umwe mumirwi isanzwe ikorera ibikorwa muri eglise nyene nacane cane muburyo bw'Intambo z'Ikirundi(Dance traditionnel) mukuninahaza umukama eka ndetse nomumanza zitandukanye.
Izina ry'Umurwi Ni INANGA YA DAWIDI # from ELOHIM HOLY CHURCH BURUNDI-KANYOSHA #.

  Sunday ,il était Dimanche le 05/04/2026 le jour de Pâques   n'Amashimwe Ku Mana yo yitanze akadupfira kumusaraba, akab...
06/04/2026

Sunday ,il était Dimanche le 05/04/2026 le jour de Pâques
n'Amashimwe Ku Mana yo yitanze akadupfira kumusaraba, akabambwa ,akazuka kubwacu Ubu turabidegemvya kubwiwe,
MWAMI🙏

Muri # ijambo rimwe kuwo mwami yitanze kugir'uronke ubugingo budashira👇👇

  SUNDAY ,il était le 29/03/2026   ibihe vyiza Mumwami🙌🙏Mu mana har'Ubuzima kuko ubuzima bw'Ibimera buri mubutaka ,ubuzi...
30/03/2026

SUNDAY ,il était le 29/03/2026
ibihe vyiza Mumwami🙌🙏
Mu mana har'Ubuzima kuko ubuzima bw'Ibimera buri mubutaka ,ubuzima bw'ifi nabwo buri mumazi noneho ubuzima bw'Umwana w'Umuntu buri mu Mana nta Mana ntabuzima.

  SUNDAY✋RETOUR EN IMAGE ,il était le 15 MARS 2026   wanjye himbaza uhoraho yemwe ibimbamwo vyose mushime izina ryiwe ,k...
17/03/2026

SUNDAY✋RETOUR EN IMAGE ,il était le 15 MARS 2026
wanjye himbaza uhoraho yemwe ibimbamwo vyose mushime izina ryiwe ,koko hatemba ubuzima budasanzwe biciye muguhimbaza imana
DIEU SOIS GLORIFIÉ🙌🙌🙌
# WE ARE THE SOUND OF REVIVAL.

02/03/2026
  sunday👋,il était Dimanche le 01/mars/2026  kidasanzwe coguhimbaza Imana tuyishimira twumva nivyera vyayo  EGLISE BETHE...
02/03/2026

sunday👋,il était Dimanche le 01/mars/2026
kidasanzwe coguhimbaza Imana tuyishimira twumva nivyera vyayo
EGLISE BETHEL FROM KAMESA nabo baribahibereye duhezagirana muraziko agafuni kabagara ubumwe arakarenge

'Ijambo rirabivugako ingabire isumba izindi zose arurukundo(1Ab'i korinto13:1-2) ,Vyaribihe vyimpemburo Kristo Yesu abahaze Ubuntu bwayo

HOLY CHURCH BURUNDI

  Sunday ,il était dimanche le 22/février/2026   ubuzima bw'UHORAHO gusa   DIEU SOIS GLORIFIÉ🙏 yabanye natwe
24/02/2026

Sunday ,il était dimanche le 22/février/2026
ubuzima bw'UHORAHO gusa
DIEU SOIS GLORIFIÉ🙏 yabanye natwe

10/02/2026

DES ANGES CHOIR
'RE THE SOUND OF REVIVAL
'ijwi ryikanguro mutekeye amahanga meshi Imbere hanyu nihazima kandi niheza

Mugire icomuvuze muri comentaire kurababana badasanzwe💃👇👇

  en Image ,il était dimanche le 08/février/2026  rye n'Ubuzima rirarema itorivuze gusa ibintu vyose biratungana ,kubwiv...
10/02/2026

en Image ,il était dimanche le 08/février/2026
rye n'Ubuzima rirarema itorivuze gusa ibintu vyose biratungana ,kubwivyo tahurako uruwagaciro
w'isezerano ntampamvu yoguhora ubabaye.

08/02/2026

voix des Anges
Pasteur
leaders
'I philipi 4:4 Mwame Munezerewe mu Mwami

  Sunday   ubwiza bw'IMANA
08/02/2026

Sunday
ubwiza bw'IMANA

Address

KANYOSHA
Kanyosha

Telephone

+25761122021

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elohim holy church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Elohim holy church:

Share