Ebenezer Team+257

Ebenezer Team+257 We are the worshippers

31/10/2025

IKIBANZA C'AKARUHUKO BY IRAKOZE ft

26/09/2025

Iyi Cantike Wibazako Ariyakangahe ??
iyi twayiririmvye muri 2022 Muri repetition
Muri Ebenezer team

Liesse Ebenezer Team🫂 Isabukuru nziza kuri wewe mukobwa mwiza, incuti nziza kandi umukozi w’Imana muri Ebenezer Team 🎉🎶....
22/09/2025

Liesse Ebenezer Team🫂 Isabukuru nziza kuri wewe mukobwa mwiza, incuti nziza kandi umukozi w’Imana muri Ebenezer Team 🎉🎶. Nukomeze uririmbire Uwiteka n’umutima wawe wose nk’uko wabigize. Ndakwifuriza imyaka myiza, urukundo, amahoro, ubuzima bwiza n'ivugwa ryiza. Imana ikomeze ikwagure, igukomereze ku muzabibu wayo 🕊️💖. Happy Birthday! 🎂🌸🙏*

Shalom Shalom Muguwe neza !Ebenezer Team Ibipfurije Umusi Wimana Mwiza ibihe vyari birebire Turabakunda Muhezagigwe na k...
21/09/2025

Shalom Shalom Muguwe neza !
Ebenezer Team Ibipfurije Umusi Wimana Mwiza ibihe vyari birebire Turabakunda Muhezagigwe na kristo

Kaze Muri Elgise Adonaï Holy church Nyabugete Mugikorane Categutwe Na Worship team Junior Bo Muriryo Shengero nyene
22/07/2025

Kaze Muri Elgise Adonaï Holy church Nyabugete Mugikorane Categutwe Na Worship team Junior Bo Muriryo Shengero nyene

DV LOTERY GREEN CARD 2025KAZE MURI(ABC building Av de la mitié 3eme Niveau ETAGE D7.3) Contact: 69694072Whatsapp:6969407...
06/10/2023

DV LOTERY GREEN CARD 2025
KAZE MURI(ABC building Av de la mitié 3eme Niveau ETAGE D7.3)
Contact: 69694072
Whatsapp:69694072

Shaloma Family nizereko muguwe neza !?Ham twagomba kubatumira muribibihe kumwe naba benedata kuhaba kwanyu numugisha tum...
04/08/2023

Shaloma Family nizereko muguwe neza !?
Ham twagomba kubatumira muribibihe kumwe naba benedata kuhaba kwanyu numugisha tumira mugenzawe nawe mwarahezagiwe..🖐

06/07/2023

Shalom shalom family muraho murakomeye
Hama turabahaye kaze muribibihe bidasanzwe
Le19/07/2023 muri Adonaï holy church kanyisha ...

06/07/2023

Nikubwubuntu twarababariwe kora follow kuri channel yacu uciyaha musi
👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇
https://youtu.be/2CrLnpyow8k

Intwari gupfa si bibi ikibi ni ugupfa nabiyaravuzeTuzirikane IGIHUGU CACU TUGIKUNDE TUGIKORERE KUKO ATAYINDI MPETSO DUFI...
08/06/2023

Intwari gupfa si bibi ikibi ni ugupfa nabi
yaravuze
Tuzirikane IGIHUGU CACU TUGIKUNDE TUGIKORERE KUKO ATAYINDI MPETSO DUFISE ATARI UBURUNDI

RIP NKURUNZIZA PIERRE Live Via OneStream.live

Congratulations to you Men of god you are blessed Amen
01/06/2023

Congratulations to you
Men of god you are blessed Amen

Address

7eme A Venue
Kanyosha

Telephone

+25769694072

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ebenezer Team+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share