J.S.Ministry: Jehovah Shalom Ministry

J.S.Ministry: Jehovah Shalom Ministry JEHOVAH SHALOM MINISTRY

25/12/2025

Isaya 9:6
K*k' umwana atuvukiye, duhawe umwana w'umuhungu; ubutware buzoba ku bitugu vyiwe: azokwitwa Igitangaza, Umujanama, Imana y'ubushobozi, Data wa twese ahoraho, Umukama w'amahoro.
Yesaya 9:6

28/09/2025
06/09/2025
27/01/2025

Isi nikeneye wewe ariko ikeneye ico IMANA yagushinzemwo
Hari beshi beza barenganye ariko ico Imana yagushizemwo coco kizofasha beshi Kandi nikizokurwaho

Mana garagaza ico wamamagariye nicogihe isi ifashwa nico wambitsemwo ,
DUKORE UBUGOMBE BW'IMANA UBWIWACU NIBUKENEWE



✍️Apostle mugisha John Paul

17/01/2025
UFISE UBWOBA BWIKI Mbega mpwemu wahawe nuwiki????Mpwemu yera niwe mugabo twahawe aturemeshaJean 16:13Mpwemu  yaratazwe n...
05/07/2024

UFISE UBWOBA BWIKI

Mbega mpwemu wahawe nuwiki????

Mpwemu yera niwe mugabo twahawe aturemesha
Jean 16:13
Mpwemu yaratazwe nahawe wokutamuryamika ariko twamuhawe atuyobore ntawundi afise ukuri" nimpwemu yera
∆ ukuri kwakazi kawe,kwa mariage yawe,kumu hamagaro wawe
Turizera mpwemu yara
K*ko uku ari kwacu kwa mpwemu yera THE LIGHT OF LIFE MINISTRY Urahiriwe cane

✍️ Apostle Jean Paul Mugisha

18/06/2024

Ico umuntu azaba nahandi akironderera atari muriwe nyene
Ico wifuza gushikako vyose bikoranije muri wewe ,Yakugize inkomoko yubuzima bwawe nahawe hoguhitamwo ico wipfunza kuba
Ivyagizwe amabanga vyahishuriwe inzoya

✍Apostle Jean Paul Mugisha

kaze welcome bienvenu
14/06/2024

kaze welcome bienvenu

Address

15é Av
Kamenge

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when J.S.Ministry: Jehovah Shalom Ministry posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share