07/08/2016
Imana Ni Imana= Nkuko Yasezeranye Niyo Kwizigigwa Kandi Ivyo Yasezeranye Igiye Kubish*tsa Nukuri Nokubikora Izobikora Kuko Muriyo Ntakinyoma Kivayo. Imana Ntishobora Gusezerana Hama Ntish*tse/ Gusa Nimba Ubona Isazerano Ryatevye Raba Hari Impamvu Itumye Riteba. Hari Amasezerano Menshi Imana Yasezeranye Kugihugu Cacu Ariko Beshi Bihebuye Ngo Nukuri Ntamana Yasezeranye. Abandi Ngo Ni Amagambo Y Abigira Abavugishwa Ataribo. Nukuri Imana Yarasezeranye Ko Izogirira Neza Abantu Bayo # Iyije Gutabara Ntawe Igisha Inama, Kuko Itarinda Gukoranya Amanama Ka Za { U N , U A I,} Nizindi Ikindi Yoyo Uko Wiyumvirako Itevye Niko Yihuta: Mbega Israel Sumwana Wayo? Kuki Yamuhanye? Menyako Imana Ariyo Yonyene Ifise Icubahiro Ntawundi Azigera Akironka # Yesaya 43:19 Ko Uhagaze Neza Kuko Ivyo Imana Yasezeranye Ngibi Birash*tse Vuba. Ubuntu Amahoro Bibe Murimwebwe, Nokwitegura Kwakira Amasezerano Yanyu.