Cathédrale St Luc

Cathédrale St Luc Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Cathédrale St Luc, Church, Avenue de l'hopital, Gitega.

Wari umunezero udasanzwe muri Paruwasi ya Luka Mweranda Diyoseze ya Gitega kumunsi wa gatandatu no kuw'Imana, igenekerez...
28/03/2026

Wari umunezero udasanzwe muri Paruwasi ya Luka Mweranda Diyoseze ya Gitega kumunsi wa gatandatu no kuw'Imana, igenekerezo rya 21-22/02/2026 aho umurwi w’abize kaminuza(Communauté Universitaire) warufise igikorane co gushima Imana. Mu nsiguro, Umuvugabutumwa IRAKOZE Epitace yari yaje ava muri Diyoseze ya Bujumbura yahagaze cane ku majambo yari yashizwe imbere nk’intumbero y’igikorane aboneka muri Zaburi 92:4-5. Amaze kuvuga ibice bikomeye vyaranze ibihe vya Dawidi ariko arashima Imana ku bikorwa vyayo vyiza, yaribukije abakristo ko bakwiye guhora bashima Imana ubudasiba, kuko kuyishima birayinezera kandi nivyo igomba ku bantu bayo.

C'était une joie exceptionnelle dans la paroisse Saint Luc du diocèse de Gitega, samedi et dimanche le 21-22/02/2026, où Communauté Universitaire organisait une croisade.
Dans son enseignement, le Prédicateur du jour IRAKOZE Epitace, venu du diocèse de Bujumbura, a insisté sur le thème principal tiré de Psaume 92:4-5. Après avoir évoqué les moments marquants de la vie de David, tout en rendant grâce à Dieu pour ses bienfaits, il a rappelé aux chrétiens qu’ils doivent toujours louer Dieu sans cesse, car cela lui plaît et c’est ce qu’il attend de son peuple.

01/01/2026

Muhezagirwe mweseee

31/12/2025

Muhezagiranwe natwe

31/12/2025

Veillée du 31 Décembre 2025

Address

Avenue De L'hopital
Gitega

Telephone

+25722403091

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cathédrale St Luc posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category