Église du Nouvel Exode

Église  du  Nouvel Exode Bien venue dans notre famille EGLISE DU NOUVEL EXODE Une Eglise de Benediction et de Protection divine

Uko twatanguye ukwezi kw'indwi
10/07/2026

Uko twatanguye ukwezi kw'indwi

IGIKORANE C'INKURU NZIZA KURI WEWE UZIGIRIJWE NINTAMBARA, CANKE INGORANE ZITANDUKANYE WABUZE UBUTABAZI KUBANA B'ABANTU.U...
20/04/2026

IGIKORANE C'INKURU NZIZA KURI WEWE UZIGIRIJWE NINTAMBARA, CANKE INGORANE ZITANDUKANYE WABUZE UBUTABAZI KUBANA B'ABANTU.

Umva: 👉GUTABARA KW'IMANA KURUTA UKW"ABANTU.
- Egome harivyo wakorewe n'abantu, ariko wibukeko hari n'abandi bagorewe ahari Abantu! Bisigura ko Ivyo wakorewe n'abantu vyakozwe n'amaboko yayo!
Egome harivyo waronse ubanje kubira akuya, ariko Kandi wibuke ko hariho benshi bakoze cane, babiz icuya mbere bagusumvya n'umwete, batigez baronka nkivyo ufis! Bisigura ko Atari ubuhinga wabarushije ariko vyakozwe n'Amaboko yayo!

Twibuke Kandi ko hari ahantu tugera Aho abantu ( abakunzi) bacu batohamvya, ngo badutabare, Mu ntambara Aho duca mubidasanzwe Abari badukunda bakagerageza ibishoboka vyose bagahererwa. Bikarangira bananiwe kudutabara, Ariko dufis ibishingantahe vyinshi ko Aho nyene bose bananiriwe ariho Imana iseruka igatabara!

Dufise abavyeyi bavyaye bari barabuz uruvyaro, ku myaka 3, 5, 9. Baragerageje abaganga, abapfumu nibindi vyinshi !
Ariko Imana irabatabara...

Kaze muri kino giikorane: Uzotabarwa ivyo abantu bananiwe kugutabara.
INGWARA, IVYAGO, KUBURANIGWA, KUBURA AMAHORO MU NGO, Nibindi vyinshi...Kaze Dutabarwe ivyo abantu bananiwe kudutabara.

IGITEGA: Q. NYABISINDU, LE 24, 25 26/4/2026. MURAKOZE

17/02/2026

Dukore bugishobika ko dukora ( tugihumeka)
Vuga ubutumwa bwiza, shingira intahe Umwami Yesu

Address

Q. MUSHASHA (Nyabisindu). . . Province GITEGA
Gitega

Telephone

+25779266877

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Église du Nouvel Exode posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share