Félix Ndayikeje Ministry

Félix Ndayikeje Ministry Christian Community

Igihe Dawidi yariko akurikira igitero c'abansi Bari babanyaze ababo nivyabo;Abo vyarikumwe bamwe vyagiye bibananira kuba...
02/10/2023

Igihe Dawidi yariko akurikira igitero c'abansi Bari babanyaze ababo nivyabo;

Abo vyarikumwe bamwe vyagiye bibananira kubandanya urugendo kubwimvo nyinshi ,cane cane uburuhe;

Ariko Dawidi we ARARAMIRIZA Gushika abigaruje vyose.1 Samuel 30:10-

Bibiliya nayo ati :abizigiye uhoraho bariruka ntibaruha kandi biyubura munkomezi nsha nkinkukuma kandi ntibanadendebukirwa . yesaya 40 :31

Ndagusengera wewe uriko usoma ngo muri kuno kwezi gushasha ,gushika mbere mumpera y'umwaka ;

Umwami Imana aguhe KURAMIRIZA NO KUTADENDEBUKIRWA "mugikorwa cawe,mumuryango,umuhamagaro,ekambere mubikwerekeye vyose mwizina rya yesu.

USHISHIKARE KUBONA IMANA NO GUHEZAGIRWA!

Umusi ugizwe numurango n'ijoro ,kandi Vyose bidakwiye ntiwitwa umusi ,kandi Vyose bigira umwanya bimara utarenga.Itangur...
29/09/2023

Umusi ugizwe numurango n'ijoro ,kandi Vyose bidakwiye
ntiwitwa umusi ,kandi Vyose bigira umwanya bimara utarenga.

Itanguriro 1:1-5

Ibihe vyose nivyiza kandi ningombwa ariko kandi kimwe kibisa ikindi.
Igikuru sibihe bigoye ,igikuru nukumenya ico Imana ivuga kubihe.

Ningombwa uzoshike kumugambi w'Imana mwizina rya yesu kandi nta joro ridaca.

Mpamagara ndakwitaba ndakwereke ivyikinze ,nivyo utari bwabone.yeremiya 33:3Uhoraho agukorere ikintu gishasha gituma ama...
26/09/2023

Mpamagara ndakwitaba ndakwereke ivyikinze ,nivyo utari bwabone.yeremiya 33:3

Uhoraho agukorere ikintu gishasha gituma amaso yawe ahishurirwa gushasha ineza y'Imana mwizina rihambaye rya yesu

Nimushimire uhoraho Yuko ari mwiza,Kukwimbabazi ziwe zamaho IBIHE bidashira;Abacunguwe nibavuge batyo ,abo yacunguye aka...
22/09/2023

Nimushimire uhoraho Yuko ari mwiza,
Kukwimbabazi ziwe zamaho IBIHE bidashira;

Abacunguwe nibavuge batyo ,abo yacunguye akabakura mukuboko kwumwansi. Zaburi 106: 1-2

Urazi igituma abacunguwe bakwiye kwama bavuga ko imbabazi zayo zamaho IBIHE bidashira?canke ari mwiza?
Nuko muvyo bacamwo bisanga vyose atarubuhinga bwabo ahubwo ari kubwimbazi zayo kandi bakabona KO vyose uhoraho abikora gusa kuko WE ari Mwiza!

Nimba uri mubacunguwe n 'uhoraho andika gusa uti: "UHORAHO NIMWIZA KANDI IMBABAZI ZIWE ZAMAHO IBIHE BIDASHIRA

18/09/2023

Uhereye nkiri muto ,none ndashaje ,sindabona umugororotsi yahebwe canke ngo uruvyaro rwiwe rusegerereze .

Agira Ubuntu umusi ukira,agurana abandi,uruvyaro rwiwe rugira umugisha

zaburi37 : 25-26

Birashoboka ko nubwo usenga ukubaha Imana, uko ubona ibintu bigenda atariko vyategerezwa ariko Kino gitondo numva kukuremesha ndakubwira ngo :

Gumya ubugororotsi bwawe,ushishikare gukora Ivyimana igomba,kuko uhoraho arikumwe nawe ;
Kandi ntabwo azoguheba canke ngo wewe nabawe mumaramare ahubwo uzogira Ubuntu umusi wire
,mbere nibigukomokako( abagukomokako) bigirumugisha .

Nimba uvyizeye vugati " AMEN "

Urahawe ikaze muri ino Programme
05/09/2023

Urahawe ikaze muri ino Programme

Ikibazo ntikiri kukugene watanguye gusa(nabi canke neza) ahubwo gihagaze  kukugene uriko urabikora Ubu ningene uzobirang...
31/08/2023

Ikibazo ntikiri kukugene watanguye gusa(nabi canke neza) ahubwo gihagaze kukugene uriko urabikora Ubu ningene uzobirangiza .

Intambwe imwe nziza yiyongereye kuyindi ,uba uhejeje guterimbere,KOMEZA.

Ntamudereva asamara canke ngo yitwararike cane ibiri hanze yiwe abikora nkuko yategerezwa.HAGARARA MAGABO!

IMBERE NI HEZA CANE, COURAGE !

06/08/2023

Address

Gihanga

Telephone

+25769606960

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Félix Ndayikeje Ministry posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share