Carmel worship 257

Carmel worship 257 News

shalom ncuti zanje Nizere neza KO Kumunsi wagatanu atayindi programme twopanga mwaya masaha atari guhurira muri Arena Ch...
27/08/2026

shalom ncuti zanje Nizere neza KO Kumunsi wagatanu atayindi programme twopanga mwaya masaha atari guhurira muri Arena Church Gihanga Duhimbaze Imana

❗️❗️❗️❗️❗️❗️*GiHANGA GiHANGA GiHANGA KUBWA YESU*📛Filipo abona Natanayeli, aramubgira, at' Uwo Mose yanditse mu vyagezwe,...
26/08/2026

❗️❗️❗️❗️❗️❗️
*GiHANGA GiHANGA GiHANGA KUBWA YESU*📛

Filipo abona Natanayeli, aramubgira, at' Uwo Mose yanditse mu vyagezwe, n'abavugishwa n'Imana bakamwandika, TWAMUBONYE , Ni YESU w'i Nazareti!!! Yohana 1:45

Urashobora kuba U*i Yesu wo munyandiko Ariko hariho Yesu akorwako, akora ibitangaza, avuga , akiza kandi abohora kaze Yesu ukwo yarari ejo nubu nikwari ukwo uzoza sikwo uzosubira inyuma

IVYO IMANA IZOKORA NI INTIBAGIRWA❤️

* *

Shalom ncuti zanje Reka Tubatumire mwino gahunda mwese ncuti zanje
25/08/2026

Shalom ncuti zanje Reka Tubatumire mwino gahunda mwese ncuti zanje

Guharura 23:8Novuma nte abo Imana itavumye? Nokwirabira akaranga nte abo Imana itirabiye akaranga?
25/08/2026

Guharura 23:8
Novuma nte abo Imana itavumye? Nokwirabira akaranga nte abo Imana itirabiye akaranga?

shalom ncuti zanje uwu munsi mukoranira hehe?
23/08/2026

shalom ncuti zanje uwu munsi mukoranira hehe?

22/08/2026

Ndaje mubwiza bwawe

Imana ntiyishura amasengesho yawe kubera ko wasenze cane, ahubwo iyishura kubera ukwizera ufise. 🙏🏽❤️👉Senga ufise ukwize...
22/08/2026

Imana ntiyishura amasengesho yawe kubera ko wasenze cane, ahubwo iyishura kubera ukwizera ufise. 🙏🏽❤️
👉Senga ufise ukwizera, wizere Imana, kandi ntucike intege.

👉 Ugusenga + Ukwizera

Ab'i Filipi 4:4Mwame munezererwa mu Mwami wacu imisi yose; ndabivuze ubugira kabiri: ni munezerwe
20/08/2026

Ab'i Filipi 4:4
Mwame munezererwa mu Mwami wacu imisi yose; ndabivuze ubugira kabiri: ni munezerwe

Kuba naramenye Yesu Kristo Sinicuza
18/08/2026

Kuba naramenye Yesu Kristo Sinicuza

15/08/2026

Address

Gihanga
NAIROBI

Telephone

+25762271043

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Carmel worship 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Carmel worship 257:

Shortcuts

Share