08/07/2024
🔥🔥🔥wow this 8th July 2024 Celebration of close activities of soul winning Ecofo Gatumba VI , CMCI church Gatumba🔥🔥🔥
Aho Encadreur zonal Lionel mbonankira yatekerera impanuro abanyeshure baraho ko ano mezi abriri kakwiye kuzofasha abavyeyi n'ukurondera udukorwa dutoduto bakora tuzobasahiriza mukugura ibikoresho vy'ishure muri rusangi,arasubira kandi ko muri vacance bakwiye kuzogenda kwiga icongereza muma club acigisha cank e igifaransa .
🔥Aho yaciye afata akanya ko gushimira abaraho ingene babanye n'abanyeshure umwaka wose mukubahanura no kubasengera yaciye atanga udupapuro tw'iteka kubitanze gusumba abandi ,asaba abazezwashengero baraho kubarambikako ibiganza.🌩
⛈️⛅️Aho baciye basezerana n'akanyamuneza n'ugusangirira hamwe n'abatumire bari bateye iteka ivyo biroro vy'ugusezerana mumashimwe muri rusangi Data arashemagizwa hagati muri twebwe baciye batahana akanyamuneza kenshi igihe c'isaha cumi n'imwe alleluia amen .🔥