Jules Nduwimana

Jules Nduwimana Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Jules Nduwimana, Evangelical church, Bwiza.

24/01/2026

Muzoronka Ubushobozi Mpwemu niyabazako,, Kurikirana vyose kuri ino Video 👇

Yesu Kristo Nico kimazi catanzwe n' Imana kugirango uwumwizeye wese aronke ubugingo budashira
24/02/2024

Yesu Kristo Nico kimazi catanzwe n' Imana kugirango uwumwizeye wese aronke ubugingo budashira

Mpwemu yera ,Ubushobozi bw Imana (Umuriro) bukomeze buyobora abizera Kristo Yesu..
20/12/2023

Mpwemu yera ,Ubushobozi bw Imana (Umuriro) bukomeze buyobora abizera Kristo Yesu..

Gukora ivy' Imana Igomba niko Kuyih Icubahiro,Kandi bigakorwa mu kunezereza Imana Kuko Ihimbarwa n' amashimwe y'abana b ...
05/12/2023

Gukora ivy' Imana Igomba niko Kuyih Icubahiro,Kandi bigakorwa mu kunezereza Imana Kuko Ihimbarwa n' amashimwe y'abana b abantu

Umwami ahoraho, adapfa, ataboneka, ari we Mana imwe yonyene, igitinyiro n' icubahiro bibe ivyayo, ibihe bitazoshira. Ame...
26/09/2023

Umwami ahoraho, adapfa, ataboneka, ari we Mana imwe yonyene, igitinyiro n' icubahiro bibe ivyayo, ibihe bitazoshira. Amen @1 Timoteyo 1:17 %

Intama ziwe arazizi,,nazo nyene ziramuzi: Uwo ni Kristo Yesu
03/07/2023

Intama ziwe arazizi,,nazo nyene ziramuzi: Uwo ni Kristo Yesu

Yesu aramubgira , ati Ni Jewe kuzuka n' ubugingo. Unyizera n'iyo yoba yarapfuye, azobaho, kand' uriho wese anyizera, nta...
08/04/2023

Yesu aramubgira , ati Ni Jewe kuzuka n' ubugingo. Unyizera n'iyo yoba yarapfuye, azobaho, kand' uriho wese anyizera, ntaho azokwigera apfa gush*tsa ibihe ibihe bidashira. Yohana 11:25,26

01/04/2023

Ubuzima bw Intumwa ya Yesu kristo Paul, kurikirana neza igice ca kabiri

30/03/2023

Ubuzima bw' Intumwa ya Yesu Kristo,Paul: kurikirana witonze igice ca mbere

08/02/2023

Ico bita uburyarya : kurikirana kano gakino ka pasitori w'uburyarya uraza kuhakuramwo icigwa

Address

Bwiza

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jules Nduwimana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share