21/05/2026
Kur' uwo musi abantu basomerwa igitabo ca Mose, basanga nta Mwamoni cank' Umunyamowabu yemererwa gushika mw ikoraniro ry'Imana gush*tsa ibihe vyose, kuko batasanganije Abisirayeli umutsima n'amazi, kandi kuko bahereye Balamu ngw abavume; mugabo, Imana yacu yahinduye uwo muvumo ucika umugisha.
Nehemiya 13:1-2 ๐๐
There is a covenant of blessing and of wealth upon me. Ikintu cose kitemeranya navyo gicirwako iteka. Praise God.
Fear Not!!!