Eglise Bethesda International du Burundi-EBI

Eglise Bethesda International du Burundi-EBI La Parole et la Puissance de Dieu

10/03/2025

Vyoba bimaze iki kuronka Imigisha ariko tukazobura Ijuru??

BSP.Irène NY.

02/03/2025

Dimanche le 02/03/2025
—————————————
Yesu Christo ashimwe shengero ry’Imana

Munkundire mbasangize ijambo ry’Imana twigishijwe na BISHOP Irene NY. aho yatwigishije atwibutsa ko Imana yaduhaye Umwaka wo KWIDEGEMVYA ariko ko tudakwiye gufata umwidegemvyo twahawe ngo tuwukineko mu kugendera mu ngeso z’isi canke mu vyaha. Tukareka kwishushanya n’Isi tuzi neza ko turi abana b’ Imana.

Arongera aratwigisha ibintu 3 bituma tuba mu mwidegemvyo:
1. Ukwidegemvya kudusaba gutahura ibintu “utaratahura umwidegemvyo biragoye kuwubamwo” *Yohana 3:14-15*
2. ⁠Ukwidegemvya kudusaba Kwizera atabwoba ko Uri mu mwidegemvyo. *Matayo 5:17-19*
3. ⁠Ukugaragazwa: abantu bose batubonye babone ko Twamenye Imana.
Babone Imana muri twebwe aho turi hose mu mvugo zacu mu nyambaro zacu,muri vyose.
*ivyakozwe n’intumwa 2:2-13*

MWARAHEZAGIWE
2025: UMWAKA WO KWIDEGEMVYA

Murahawe ikaze mumakoraniro yacu🙏🏻2025: umwaka wo kwidegemvya muri Kristo🔥
06/02/2025

Murahawe ikaze mumakoraniro yacu🙏🏻
2025: umwaka wo kwidegemvya muri Kristo🔥

Kaze cane k'umusi w'ejo duhimbaze Imana yaduhaye umwidegemvyo 🥳Turafise impamvu nyishi zo gushima Imana🙏🏻
29/01/2025

Kaze cane k'umusi w'ejo duhimbaze Imana yaduhaye umwidegemvyo 🥳
Turafise impamvu nyishi zo gushima Imana🙏🏻

Le 26/1/2025 🔥Dimanche de Sainte cène                tugize isangira ryera tuba dusangiye :a)Umubiri wa Kristo: tuwuronk...
26/01/2025

Le 26/1/2025
🔥Dimanche de Sainte cène

tugize isangira ryera tuba dusangiye :

a)Umubiri wa Kristo: tuwuronkamwo amagara meza nibindi bifadika

b) Amaraso ya Kristo: tuyaronkamwo Isezerano ry'intahava🙏🏻
Exode 12:13-24/Kuvayo 12:13-14🔥
Ayomaraso azobabera ikimenyetso kumazu murimwo nanje aho nzobona ayo maraso nzobarengana ,nta cago kizobazako ngo kibarandure,igihe nzotera igihugu ca Egiputa.

Kandi uwo musi uzobabera umusi w'Icibutso.
2025:KWIDEGEMVYA MURI KRISTO🔥

Turabahaye ikaze muri benshi kumusi w'ejo duhimbaze Imana kuko umwidegemvyo dufise uva kuriyo🥳2025:Mwaka wa UHURU🔥Imana ...
22/01/2025

Turabahaye ikaze muri benshi kumusi w'ejo duhimbaze Imana kuko umwidegemvyo dufise uva kuriyo🥳

2025:Mwaka wa UHURU🔥
Imana ishirwe hejuru muri vyose mumwidegemvyo wacu

2025:L' année de la liberté🔥  :Jérémie 50:1-2💫Kaze muri benshi mumakoraniro 🥳Dimanche le 19/1/2025  Hamwe na Pst.Irène N...
16/01/2025

2025:L' année de la liberté🔥 :Jérémie 50:1-2💫

Kaze muri benshi mumakoraniro 🥳
Dimanche le 19/1/2025 Hamwe na Pst.Irène Nyabenda.

09/01/2025

Jeudi le 9/1/2025🔥

Thème: KWIDEGEMVYA MURI YESU KRISTO
Verset:Mathieu 8:15-17
Matayo 8:15-17

2025:UMWAKA WO KWIDEGEMVYA🔥

Pasteur Irène Nyabenda arifurije" UMWAKA MWIZA  WA 2025 KURI MWESE  BAKUNZI B'IMANA🙏🏻Umwaka wo Kwidegemvya🥳B.I
02/01/2025

Pasteur Irène Nyabenda arifurije" UMWAKA MWIZA WA 2025 KURI MWESE BAKUNZI B'IMANA🙏🏻
Umwaka wo Kwidegemvya🥳
B.I

Veillé ya le 31/12/2024🔥🔥🔥Hamwe na Pasteur Irène NY.Yeremiya 50:1-2❗❗2025: *UMWAKA WO KWIDEGEMVYA MURI CHRISTO YESU*THE ...
02/01/2025

Veillé ya le 31/12/2024🔥🔥🔥Hamwe na Pasteur Irène NY.
Yeremiya 50:1-2

❗❗2025: *UMWAKA WO KWIDEGEMVYA MURI CHRISTO YESU
*THE YEAR OF FREEDOM IN JESUS CHRIST
*L'ANNEE DE LA LIBERTÉ DANS JESUS CHRIST
*MWAKA WA UHURU NDANI YA YESU🔥

Célébration de Noël avec des Enfants du 25/12/2024🥳🔥Mathieu 2:6Matayo2:6
02/01/2025

Célébration de Noël avec des Enfants du 25/12/2024🥳🔥
Mathieu 2:6
Matayo2:6

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eglise Bethesda International du Burundi-EBI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share