Altar Of Prayer Ministries

Altar Of Prayer Ministries Preaching The Gospel , Manifest True Life In Worship

Uhoraho Atwongeye Ubundi Buntu Bwo Gukoranira Hamwe N'Abera Mw'Izina RYA KRISTO YESU.Amaso Yanje Yashingiye Intahe Ivyo ...
01/05/2026

Uhoraho Atwongeye Ubundi Buntu Bwo Gukoranira Hamwe N'Abera Mw'Izina RYA KRISTO YESU.

Amaso Yanje Yashingiye Intahe Ivyo Umwami Yakoranye N'Abera Mu Mwaka Uheze Muri Kino Gikorwa ISHIMWE EVENT.

Ehe Uyu Mwaka Kandi Umwami Aravyemeye Ko Dukoranira Hamwe Maze Twongere Tumudugirize ISHIMWE Rikwiriye Mw'Izina RYA KRISTO YESU.

Abera Mwitegure Duhure Iyi Le 28 - 6 - 2026 Maze IMANA Yironkere ISHIMWE✍️

Altar Of Prayer Ministries ✍️

Mwami Turagushimiye Kubw'Iyi Ngabire NZIZA Uhagurukije Muri Kino Gihe Kubwa Runo Runganwe Hamwe N'Ishengero RYA KRISTO M...
28/04/2026

Mwami Turagushimiye Kubw'Iyi Ngabire NZIZA Uhagurukije Muri Kino Gihe Kubwa Runo Runganwe Hamwe N'Ishengero RYA KRISTO Mu Buterere Mu Gihugu No Kw'Isi Hose🙌

Turagukunda Kandi Turakunezererewe Mw'Izina RYA YESU KRISTO 🙌

UZIGAME IKIBITSANYO CAWE MW'IZINA RYA YESU KRISTO RIHAMBAYE CANE ✍️

Altar Of Prayer Ministries ✍️

Shalom Beloved 🙌 Umwami Ni Umwizigirwa Cane Kandi Arushiriza Kutugirira Ubuntu Bwinshi N'Imbabazi.Umwami Yongeye Kuduher...
14/02/2026

Shalom Beloved 🙌

Umwami Ni Umwizigirwa Cane Kandi Arushiriza Kutugirira Ubuntu Bwinshi N'Imbabazi.

Umwami Yongeye Kuduhereza Akaryo Kadasanzwe Ko Kwiga No KWIGISHWA Ijambo Ry'Ubugingo RYA KRISTO YESU Muri CONFÉRENCE Yitiriwe LA VÉRITÉ REND LIBRE Yateguwe N'Umuvukanyi Wacu Umwubahwa

KAZE CANE K'Umunsi W'Ejo Dimanche Le 15/2/2026 Isaha 15h30Min Mu Kibanza C'Ishengero RYA El Shadai Buterere Rikorera Kuri Maison Verte

Twebwe Nk'Umuryango Wa Altar Of Prayer Ministries Ni Ubuntu Budasanzwe Kuzobana N'Umusavyi W'Uhoraho Imana Nzima Amen

Wa Munsi Uradushikiriye Abera Turanezerewe Cane Mu Mitima Yacu🙌🏻🙇🏼‍♂️ Mwami Ndagushimiye Akaryo Umpaye Ko Gukorera Abana...
25/01/2026

Wa Munsi Uradushikiriye Abera Turanezerewe Cane Mu Mitima Yacu🙌🏻🙇🏼‍♂️

Mwami Ndagushimiye Akaryo Umpaye Ko Gukorera Abana Bawe , BIMBEREYE UMUGISHA CANE 🙌

Abera Mukanya Isaha 15h Dukorane Mw'Izina RYA YESU KRISTO AMEN🙌

Wibuke Kuza Wambaye Impuzu Zera , Canke Yera Witegure Bikwiriye Kuko Ibidasanzwe Biraba Mu Masaha Make Ari Imbere Mw'Izina RYA YESU KRISTO RIHAMBAYE CANE

📅 DATE : LE 25 - 1 - 2026
⛪PLACE : ÉGLISE E.C.I.C.R.A
📌ADRESSE : Buterere Q. Kabusa Nyarumanga Kuri Parking Y'Amakinga
⏰ HEURE : 15H
👔 DRESS CODE: ALL WHITE

24/01/2026

Umusavyi W'IMANA Ferdinand Worshiper Ariteguye Cane Bikwiriye Kudukorera K'Umunsi W'Ejo✍️

Nizere Ko Nawe Witeguye Kudahusha Uno Mugende Mw'Izina RYA YESU KRISTO ✍️

Kaze Cane K'Umunsi W'Ejo 🙌

Hasigaye Amasaha Make Cane , Mbega Wewe Woba Witeguye? Kaze Cane Ni K'Umunsi Wejo Dimanche Isaha 15h Mu Kibanza C'Isheng...
24/01/2026

Hasigaye Amasaha Make Cane , Mbega Wewe Woba Witeguye?

Kaze Cane Ni K'Umunsi Wejo Dimanche Isaha 15h Mu Kibanza C'Ishengero RYA ECICRA Rikorera Muri Q.KABUSA MU NYARUMANGA KURI PARKING Y'AMAKINGA.

Umusavyi W'IMANA Umuvyeyi Wacu Ferdinand Worshiper Ariteguye Cane Kubakorera Mw'Izina RYA YESU KRISTO.

Wibuke Gutegura Impuzu Yawe Yera , Uzoze Uyambaye K'Umunsi Wejo Kandi Umwami Agushoboze Mw'Izina RYA YESU KRISTO.

Reka Twese Ejo Tuzoze Twegeranije Amashimwe Tuyuzuze Ingoro Y'IMANA.

Altar Of Prayer Ministries ✍️

23/01/2026

Shalom Bakundwa B'IMANA.

Tubandanya Cane Tubatumira Muri Ino Gahunda.

Murushirize Kwitega IMANA Muburyo Buhambaye CANE Mw'Izina RYA YESU KRISTO RIHAMBAYE CANE.

Wibuka Kwitwararika Kurondera Couleur Du Jour Arizo Impuzu Zera

Altar Of Prayer Ministries
Ferdinand Worshiper ✍️

20/01/2026

Shalom Basavyi B'Imana Nzima 🙌

Turongeye Kubatumira Cane Kuri Uyu Wa MUNGU Muri Gahunda Idasanzwe Yateguwe N'Umuvyeyi Wacu Ferdinand Worshiper Yitiriye UMUGOROBA W'UBUSABANE ✍️

Kaze Cane Mw'Izina RYA YESU KRISTO , Witegure.Bikwiriye Kuko IMANA Izokora Ibihambaye Cane.

N.B : Wongere Witwararike Kurondera Impuzu Zera , Niwo Mwambaro Tuzoza Twambaye Ndabisubiyemwo Kandi Impuzu Zera😂

📅 DATE : LE 25 - 1 - 2026
⛪PLACE : ÉGLISE E.C.I.C.R.A
📌ADRESSE : Buterere Q. Kabusa Nyarumanga Kuri Parking Y'Amakinga
⏰ HEURE : 15H
👔 DRESS CODE: ALL WHITE

Altar Of Prayer Ministries ✍️

14/01/2026

Turushiriza Cane Kubatumira Muri Gahunda Y'UMUGOROBA W'UBUSABANE Hamwe N'Umuvyeyi Wacu Ferdinand Worshiper✍️

Bandanya Utegura Umwambaro Wawe Wera , Impuzu Yawe Yera Uzoze Uberewe Cane Wuzuye Ubwiza Bw'Imana Mw'Izina RYA YESU KRISTO RIHAMBAYE CANE ✍️

Altar Of Prayer Ministries ✍️

14/01/2026

Listen To This Message IN JESUS NAME🙏

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Altar Of Prayer Ministries posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share