11/02/2021
Don't wait perfect moment but take the moment and make it perfect. Ugwaruka gwa Foursquare Gospel Church dutegerezwa guhaguruka umwe wese aho aherereye tugakora muburyo ubu canke ubundi tudasuzuguye akazi akariko kose, niho tuzoheza tugaterimbere n'ishengero rigaterimbere n'Igihugu. Muvyo Imana Iduhamagarira, ibi birimwo.