Prophète Dr.albin

Prophète Dr.albin Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Prophète Dr.albin, Religious Center, Bujumbura, Bujumbura.

11/08/2019
18/04/2019

Amashimwe ni ayawe, icubahiro n'icawe, ugukomera ni ukwawe Mwami Yesu, dukomeza kumva amashimwe yabaronse akazi nyuma yoguhanurirwa n'umuntu w'Imana, ibintu bikagenda neza kukazi, ingwara zigahunga ingo, yewe, kaze dimanche kuri CFP kigobe kuva 9h-13h muri Petite salle, Umuntu w'Imana niho azoba ari, si aho gusa, hari n'ahandi agomba kugush*tsa.Contact:61270719/68522977

18/04/2019

Mercredi miracle, Nk'uko umuntu w'Imana yabivuze ko ivyakurega vyarangiye, niko vyabaye kuko abari bafise HTA, Cancer, diabete, VIH, Dysfonctionnement sexuel n'ibindi bibazo batashe ari autentic.Intahe n'amashimwe ni Dimanche, kuri CFP kigobe ,Petite salle, kuva 9h-13h.Hazoba igikorane kimwe. Ibizoba kuyo musi ni inoubliable kuko utarazuka azozuka uyo musi nyene.Contact: 61270719/68522977

Miracles at CFP kigobe by Prophet Dennis and Albin.Contact:61270719/68522977
07/04/2019

Miracles at CFP kigobe by Prophet Dennis and Albin.Contact:61270719/68522977

15/03/2019

Ubutumire budasanzwe: dimanche le 17/3/2019 ni kuva 9h-12h muri Petite salle nokuva 14h-18h muri Grande salle CFP kigobe, Thème : Igicaniro c'abafumu n'abarozi gikurwaho n'ikindi.
Wewe warozwe,waraguje,wafumuye ,waciwe indasago,ugendana ibiheko,abavyeyi baraguje cnk bafumuye, n'ibindi,Kaze ubohoke.
Présence : Prophète Dr.Albin, Prophète James,Ev Daniel,Ev Annonciateur,Ev.Belyse n'abandi bantu b'Imana.
WhatsApp +25775193397/68522977

Prophète des nations yahanuriwe ibikomeye cane.Now, igitutu ce kirakiza Welcome ncuti.
15/03/2019

Prophète des nations yahanuriwe ibikomeye cane.Now, igitutu ce kirakiza Welcome ncuti.

Du 6 au 13 mars.Dieu opère des miracles
15/03/2019

Du 6 au 13 mars.Dieu opère des miracles

Vendredi prophétique au CFP kigobe,,8/3/2019.Miracles et résurrection powerKaze dimanche, Amavuta yo mw'ihembe nyuma ya ...
08/03/2019

Vendredi prophétique au CFP kigobe,,8/3/2019.
Miracles et résurrection power
Kaze dimanche, Amavuta yo mw'ihembe nyuma ya ordination.whatsapp +25761270719

Welcome tomorow and see miracles, day of propheties. WhatsApp +25761270719.CFP kigobe, avenue du cinquantenaire, rue muh...
07/03/2019

Welcome tomorow and see miracles, day of propheties. WhatsApp +25761270719.
CFP kigobe, avenue du cinquantenaire, rue muhabo.Grande salle.You receive hilling, propheties, and deliverance, true,testimonies, and so on

Address

Bujumbura
Bujumbura
352

Telephone

+25771272744

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Prophète Dr.albin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share